Nk’uko dusanzwe tubibona ku baririmvyi usanga badacana uwaka kandi basangiye umwuga bigakunda kugaragara mu majambo bakunda kwandikiranira babicishije ku mbuga zabo canke bakabiririmba mu ndirimbo zabo, ugendereje neza…
Umugabo w'imyaka 66, yabashije kwemezwa nk'umugabo wa 4 yakize umugera wa VIH-SIDA yaramaranye imyaka irenga 40. Uwo mugabo wo mu gihugu ca Leta zunze ubumwe za Amerika, yakijijwe mu buryo budakunze gukoreshwa,…
Bavuze Zinedine Zidane, n'uwutamubonye ku kibuga aremeza ko uwo mugabo w'imyaka 50 y'amavuko, aharurwa muri bake bakiri bazima bakinye umupira neza. Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru co muri Suisse, uwo mugabo…
Ngo nta musezi agira iteka , kuja hamwe gushira uburyo n'ubwenge hamwe nivyo bizotuma igihugu c'Uburundi cibagira infashanyo. Iryo ni rimwe mu majambo menshi umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste…
Ikibazo c'ibiribwa bitari bike hano iwacu vyaduze ibeyi kubera intambara iri muri Ukraine ngo gishobora gukemuka mu misi ya Vuba. Nkuko amakuru ava ku mugabane w'Uburayi abivuga ngo ubwato bwa mbere buva muri…
Mu kwezi kw'11, niho ikindi gice c'ireresi, Black Panther, riri mu yakunzwe cane kw'isi na hano iwacu muri ino myaka iheze rizoshirwa ahabona. Kimwe mu bibazo vyibazwa gusumba ibindi, n'uwuzosubirira…
Intara ya Ngozi niyo yagomwe n'Ubushikirangaji bw'Ugufashanya kw'Uburundi n'ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese…
L'équipe nationale de football du Burundi, les Hirondelles, des joueurs évoluant à l'intérieur du pays, a écrasé le Djibouti. C'était ce dimanche 24 Juillet 2022 lors du match aller quand les Hirondelles ont…
Inyuma y’ukwezi ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza Espoir Fc yo mu gihugu c’Urwanda , birangiye Joslin Bipfubusa ahinduye iciyumviro yerekeza muri Tanzania . Joslin Bipfubusa akaba yashize umukono ku masezerano yo…
Umugwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina mu gihugu waraye uvyifashe neza mu gutsinda Djibouti . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 24 Mukakaro 2022 , aho umugwi nserukira gihugu Intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.