Inyuma yo gusezererwa mu mahiganwa ya Cambiasso Cup yari amaze imisi ariko abera mu gisagara ca Dar Es Salaam mu gice ca kabiri gishira icanyuma , Umugwi Tigre Noir the Warriors wo mu Ruyigi wahisemwo kuzana umumenyereza…
Mu makuru yacu twari tumaze imisi tubashikiriza twarababwiye ko Mutima le Comédien agiye kuboneka mu giteramo ciwe bwite igiteramo kigiye kuba ku ncuro igira 2. Ku ncuro ya mbere yarabiciye biracika ngo ubu hoho hazoca…
Merveille azwi cane nka Meili muri uno muziki wa hano iwacu, ngo n'umufana akomeye wa Ykee Benda, umuririmvyi w'umugande. Uwo nawe nyene ngo nawe akunda indirimbo za Meili kubi. Ivyo n'ivyo uwo muririmvyikazi…
Bavuze izina Pasteur Mbayehaga Isidore abenshi ntibashoka bamenya uwawire, ariko babonye kamwe mutu Video twiwe dukwiragizwa hirya no hino, baca bamwibuka. Kamwe muritwo ni nk'aho yagaruka ku bifata amafoto ayo bakunze…
Mutima le comédien ubwiwe ngo igiteramo ciwe citiriwe izina Twenga na Mutima show yagomba ko kizoza kiraba rimwe mu mwaka. Ku ncuro ya mbere ico giteramo carabaye aho yari afadikanije n'abaririmvyi batandukanye bo ngaha…
Inyuma ya Gaël Bigirimana kugurwa n’umugwi Young Africans wo mu gisagara ca Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania, umumenyereza w’uwo mugwi yateye amashurwe uwo mukinyi. Mu kiyago gito yakiranye na kimwe mu…
Umuririmvyi Mkombozi ugerageje kumviriza indirimbo ziwe,amajambo yiwe ntasiba guhamagarira abarundi gukunda igihugu cabo na cane cane ko bokwitaho ururimbo rw'ikirundi. Yavutse igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2022 isaha zine zo mugitondo 10h mu Kajaga niho abakinyi bakera basanzwe baba i Burayi bari baramutse bakora ikiganiro n’abanditsi hamwe n’abamenyeshamakuru. Ico kiganiro cari…
Abarundi babandanya bakora amateka mu gihugu c’Urwanda. Inyuma ya Hussen Shabani Tchabalala kurangiza ihiganwa ryo mu Rwanda ariwe afise ibitsindo vyinshi gusumba abandi, Bigirimana Abedi yaraye atowe nk’umukinyi yaranze…
Mw'ihiganwa ryateguwe n'ishirahwe ry'umupira w'amaboko basketball rifadikanije n'amashirahamwe y'ubwishingizi (Assurance)hano mu Burundi, ihiganwa ryari ryahuje imirwi ine yari mu bibnza vyimbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.