Dr Patrice Motsepe asanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF , agiye kuza mu Burundi . Ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police…
Inyuma yo kurangiza amasezerano muri Messager Ngozi , umumenyereza Jimmy Ndayizeye yongeye gushirako umukono ku masezerano yo kumenyereza Messager Ngozi. Jimmy Ndayizeye akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gusubira…
Umugwi Rayon Sports wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda wasezereye abakinyi bagera kuri 6 harimwo Nizigiyimana Abdoul Karim Makenz. Ivyo Rayon Sports ikaba yabishikirije kuri Channel yabo ya Youtube . Abakinyi…
Umukobwa w'uwahoze Ari Umukuru w'igihugu wa Angolas aheruka kwitabira Imana muri Espagne Aho yari yagiye kwivuriza, yasavye ko hakorwa Autopsy ngo hamenyekanye icishe se. Urwo ruhusha rwatanzwe, rutangwa…
Cristiano Ronaldo umukinyi w'imbere wa Man United ngo ntari mu gitigiri c'abagurishwa uno mwaka. Umenyereza wa Man United yakuriye inkoni ku gishitsi abamenyeshamakuru ko Ronaldo Atari mu gitigiri c'abagurishw…
Ku bakurikiye urugendo rwa Sat-b muri Tanzania, barabonye ko Hari umwanya Sat-b na Harmonize barikumwe mu Modoka, noneho Indirimbo Agacerere yaririmvyemwo Sat-b iravuzwa, baranayiririmba. Mu kiganiro Sat-b yagiranye na Landry…
Aboubakar karume ngo iburya ryiwe mu biteramo vyinshi bitunganywa Hano iwacu ngo s'ikindi n'ibura ry'amafaranga. Sat-b, avuga ko uno musi Aho ageze, Atari uwariwe wese yomuhagurutsa ngo aje kuririmba mu…
Neymar ngo akinjuye muri PSG ntiyobura uwundi mugwi ukenera kumwiyegereza, ivyo bishikirizwa na Rivaldo, umunya Bresil mugenziwe. Mu kiganiro, uwo mukinyi wa kera w'umugwi nserukiragihugu wa Bresil, yahaye ikinyamakuru…
Icegera ca Kizigenza w’Intamba mu rugamba Gaël Bigirimana ahejeje gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Young Africans mu kiringo c’Imyaka 2. Manager w’Intamba mu rugamba Mutima Constatin , ari nawe yagize uruhara…
Masterland kuva umwaka w’2022 utanguye nta ndirimbo yari bwasohore bikaba biri muri biwe benshi bibaza ko ari mu gacerere gateye ubwoba abandi nabo bati ngo asa n’uwabihevye. N’ubwo biri uko mu biganiro yagenda arakora hirya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.