Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 114

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Dacia Munezero ngo yarungukiye mu Kiganiro Fun&Fact ca Siren Vibe
Burundi

Dacia Munezero ngo yarungukiye mu Kiganiro Fun&Fact ca Siren Vibe

Kimwe mu biganiro bikunzwe hano iwacu, n'ikiganiro Fun & Fact gisanzwe gitegurwa n'ikinyamakuru Siren Vibe, kigashikirizwa n'abamenyeshamakuru 4. Mu kiganiro Hangout ca Jimbere Magazine gikorwa na Kaboss…

yanickby yanick
Jul 2, 12:56 pm
106
Indyane z’amoko zahitanye 338 muri Ethiopia
homepage

Indyane z’amoko zahitanye 338 muri Ethiopia

Abantu 338 nibo bemezwa na Leta ya Ethiopie ko biciwe mu gitero cabaye mu ntango z'ukwezi kwa 6 mu gace ka Oromia. Ico gitero cagirijwe abagwanyi bo mu mugwi w'aba Oromia Liberation Army ariko bakabihakana, Nico…

yanickby yanick
Jul 2, 12:44 pm
107
Lionel Messi nawe ngo ashobora kugurishwa na PSG
football

Lionel Messi nawe ngo ashobora kugurishwa na PSG

Lionel Messi nawe ngo ashobora kuba Ari mu gitigiri c'abakinyi ba PSG bashobora kuzinga ivyabo bagakinjura uwo uwo mugwi muri iri ci.  Muri ino misi, umukinyi w'umunya Bresil, Neymar Jr, amaze gushirwa mu gitigiri…

yanickby yanick
Jul 2, 12:41 pm
106
B face ngo Ivya Meili ntivyomuca intege na gato
Burundi

B face ngo Ivya Meili ntivyomuca intege na gato

B face ngo nta mugambi afise wo guhagarika gushigikira abaririmvyi bakiri bato, naho abo ashigikira batabimushimira.  Mu biganiro yaba B face co kimwe na Meili baheruka gutanga, bose ntibahuriza ku ruhara rwa B Face…

yanickby yanick
Jul 2, 12:24 pm
105
Mane yarasezeye, Salah yongerwa amasezerano, anadugirizwa umushahara
football

Mane yarasezeye, Salah yongerwa amasezerano, anadugirizwa umushahara

Mu gihe Sadio Mane yaseseye Liverpool, akerekeza mu budagi muri Bayern Munich, Mohamed Salah wewe yemeye kubandanya arikumwe n'uwo mugwi. Kuri uyu wa 5, niho umunya Egiputa, Mohamed Salah, yashira umukono ku masezerano…

yanickby yanick
Jul 2, 12:09 pm
107
Sat-b muri 2022 gutakarizanya umwanya ntibiri mu migambi
Burundi

Sat-b muri 2022 gutakarizanya umwanya ntibiri mu migambi

Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-b ngo hari ivyo yashobora gukora muri 2020, uno musi muri 2022 adashobora gukora, birimwo gutakariza umwanya abamenyeshamakuru. Mu kiganiro Sat-b aheruka guha mugenzi wacu Landry Promoter,…

yanickby yanick
Jul 2, 11:37 am
107
Ijambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 60 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira
homepage

Ijambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 60 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira

Mana nyene urukundo, wewe ivyiza vyose bikomokako,Amahoron’umwidegemvyoturimwomuBurunditubikeshawewe ubwawe, Mana Mushoboravyose. Nuninahazwe imyaka n’imyaka. Bavukanyi mwese ; Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Aho…

janvierby janvier
Jun 30, 5:20 pm
113
Uko Mutima le comédien abona ivya Sat_B na Big Fizzo
homepage

Uko Mutima le comédien abona ivya Sat_B na Big Fizzo

Ni mugihe hirya no hino bivugwa y’uko abo baririmvyi babiri Big fizzo na Sat B badacana uwaka, bamwe bikabasiga, ngo kubera iki iyo umwe asohoye indirimbo hataboneka gushigikirana kandi ugerageje kuraba ku mbuga zabo…

janvierby janvier
Jun 30, 9:12 am
104
# Indundi Sports | Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yagendeye intamba z’abigeme
football

# Indundi Sports | Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yagendeye intamba z’abigeme

Kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Ruheshi 2022 , Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, Angeline Ndayishimiye yaramutse agendera abigeme bakina mu murwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba aho bakorera imyimenyerezo ku kigo…

bosingwaby bosingwa
Jun 28, 4:45 pm
107
Mkombozi agiye kuririmba amagorwa yaboneye i Bujumbura
kirundi

Mkombozi agiye kuririmba amagorwa yaboneye i Bujumbura

Mkombozi ni umuririmvyi w'umurundi, umu rapeur asanzwe avuka i Nyanza Lac . Twatanguye kumumenya Ku ndirimbo yiwe "Zawadi ya Mwaka" yaririmbanye na Big Fizzo. Nkuko wenyene avyivugira ngo urugendo rwari…

adijoeby adijoe
Jun 28, 12:33 pm
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 112
  • 113
  • 114
  • 115
  • 116
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

CAN2019
109

# Indundi Sports | Youssuf Nyange yanjije igitsindo ciwe ca mbere muri Turky

africa news
109

Abarundi n’abanyarwanda muri Malawi ngo barageramiwe

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In