Naho adatomora neza, ariko ukwezi kwa 6, gushobora kurangira aruko ashize ahabona Indirimbo nshasha, uwo s'uyundi ni WA muhungu Ari mu minwe ya Mugani Desire ariwe Drama T. kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 15/6 ku masaha…
Paterne umwe mu baririmvyi b'abarundi bakorera ibikorwa vyabo ku mugabane wa Amerika, ngo agiye kurushinga. Amakuru dukesha bagenzi bacu bakorera Igihe mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo uwo muririmvyi agiye…
Big Fizzo ngo yoba agiye kuzanwa? Ico Nico kibazo umuntu yibaza amaze kubona ivyo umwe mu begereye uwo muririmvyi yanditse ku rubuga rwa Instagram na Facebook asanzwe akoresha. Kuri izo Mbuga, Yassin asanzwe akurikiranira…
Apotre Appolinaire abajijwe ibijanye n'ukwambara amahereni mu kiganiro yariko aha Bagenzi bacu, yahavuye ahubwo yongerako n'ibindi abatari bake batari bazi. Muri ico kiganiro, uwo mwungere akaba yamenyesheje ko…
Umumenyereza Zinedine Zidane Ari nka hamwe ngo aramutse yemeye amasezerano ariko ahabwa n'umugwi wo mu bufaransa ngo hari bamwe mu bakinyi bashobora kuhasiga amabwena. Uwo mumenyereza yahoze amenyereza umugwi wa Real…
Diamond Platnumz ngo igihe kigeze, azoja gutora Abana biwe bose babane nawe. Mu majwi yumvikanye mu kiganiro gica kuri Wasafi Fm, uwo muririmvyi yavuze ko hataragera ko Abana n'abana biwe. Muri ayo majwi, uwo muririmvyi…
Gitare Chanelle benshi muzi nka Chany Queen ngo ukuririmba ntiyigeze abibona nk'indoto yiwe, nkuko abatari bake bahora babivuga, ahubwo we yibona nk'umutamvyi. Mu kiyago aheruka kugirana ba bagenzi bacu, uwo…
Si agaseseshwa rumuri ugerageje kuraba nk'umwaka w'2022 turiko kuwugabura hagati amezi hafi atandatu agomba arangire, umuririmvyi Masterland asanzwe anarongoye Master music akaba anaheruka no gutorwa kurongora…
Mu rukurikirana Alvin Smith aheruka gushira ahabona, Indirimbo ya 1 yamaze gutangura gukorerwa amasanamu. Iyo ndirimbo n'indirimbo So Fire yakoranye n'umuririmvyikazi Mow Kanzie, iyarigize imisi iriko inakorerwa ama…
Umuririmvyi Nel Ngabo agiye gukorera igiteramo ku mugabane w'amerika ya ruguru neza neza muri Canada, mu bamuhamagaye hakaba harimwo umurundi. Boris Mucowintore biciye muri company yitwa MUCOWINTORE akaba Ari mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.