Nanje Ndaririmba ihiganwa ritegurwa n'ikinyamakuru Isanamu Media ifadikanije na Bantu Bwoy na Kuzamuziki ryatanguye guhamagarira abaririmvyi kuja kwiyandikisha muri iryo higanwa rizoba ribaye ubugira kabiri. Mu kiganiro…
Indirimbo 3 zanditse ngo zashizwe kw'isoko ku mafaranga angana n'Imiliyoni 2 z'amafaranga ya hano iwacu. Ivy'igurishwa ry'izo ndirimbo 3, bikaba vyashikirijwe na Dj Oli umwe mu baririmvyi ba hano…
Mw'ijoro ryakeye Aho hari hasigaye amasaha makeya ngo umuririmvyi Olegue n'ihasa ryiwe bahimbaze umusi w'amavuko yabo, umwe mu Bagenzi biwe ico we yipfuza n'uko uwo muririmvyi yotezurirwa. Akoresheje…
"Urucira umukate rugahitana i Voka" uwu niwo mugani w'izuka rya Mutima, Inyuma yaho Ku musi w'igenekerezo rya 08 Ruheshi 2022 hiriwe haracanacanako amakuru avuga KO yapfuye . Uruganda rwa Indundi…
Israel Mbonyi n'umwe mu baririmvyi batarerekana Umukobwa barikumwe mu rukundo, ibihora bimuviramwi buri gihe ikibazo gikomeye Kandi kitigera kimworohera kwishura. Muri ino misi, ico kibazo nyene kikaba cagarutse Aho uwo…
Pastor Dieudonne Nahimana ngo ugukizwa kwiwe kwahereye mu gupinga n’umugenzi wiwe, noneho atahura ivyo atari bwigere abwirwa na rimwe n’abo yemera nk’abavyeyi biwe bo mu mpwemu. Mu kiganiro Hangout ca Jimbere Magazine, Past.…
Fortran Bigirimana agiye kumara imisi 7 I Kigali aho yitabiriye ibikorwa vy’igikorane kiriko kibera muri ico gisagara aho yatumiwe n’umwe mu bakozi b’Imana bakomeye muri ico gihugu. Fortran Bigirimana yarafise igiteramo mu…
Inyuma y'igihe kitari gito amakuru hariko hasabwa ko Bantu Bwoy yoshira ahabona umuririmvyikazi bazoshira muri Bantu Bwoy, uwo muririmvyikazi yatanguye gukekwa naho ataco biravugwako. Ku basanzwe bakurikiranira hafi…
Inyuma yo kubura igiteramo yokoreye mu bwongereza, Big Fizzo ngo agiye gukorera igiteramo ku mugabane wa Amerika. Mu makuru dukesha urubuga rwa Instagram Rwa Yassin umwe mu begereye uwo muririmvyi nuko uwo muririmvyi…
Mu makuru yacu aheruka twarababwiye ko umurwi Urunani BBC inyuma yo gutakariza urukino mu ntara ya Gitega bitawuciye intege ahubwo wahagurukiye gutsinda, mu ntumbero yo kugarukanira icizere abakunzi bawo. Ntibagarukiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.