Inyuma y’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba gutahuka mu burundi izanye inota rimwe ukuye mu gihugu ca Mauritania, Saido Ntibazonkiza yagize ico ashikiriza ndetse aranatubwira ibanga akoresha kugira agume…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwanditsi yitwa John Max.C Maxwell mu gitabo yanditse" Talent is not enough " niwe yanditse y'uko, nimba ushaka gushika kure mi buzima ngo woheza ugakora…
https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Kuva Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari ari mu gihugu ca Tanzania, abamukurikirana kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram ntibareka kugira vyinshi bamuvugako. Inyuma yaho bamuvuzeko…
https://www.youtube.com/watch?v=OKRjqs2eh3c Tundu Lissu yahora ahanganye na John Pombe Magufuli mu matora y'umukuru w'igihugu muri Tanzania yarahunze igihugu muri ino ndwi buca turangiza. Intandaro ngo n'abantu…
https://www.youtube.com/watch?v=avN1PM95Izo Jerry John Rawlings uwahoze ari umukuru w'igihugu ca Ghana yitavye Imana kuri uyu wa kane nkuko amakuru yiriwe arakwirakwizwa hirya no hino yabishikirije. Akaba azize ingwara…
Amasandugu 20 yo gutamwo imicafu (poubelles) niyo yashizwe, kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 12 Munyonyo 2020, mu bibanza 20 bitandukanye vyo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura. Uwurongoye iyo komine Rénovat…
Ibihori binuka bikunze kwitwa “Ibisimbankenyeye” mu ntara zimwe zimwe, bimaze indwi zirenga zibiri biriko birya imirima y'ibiterwa muri komine n’intara ya Kirundo vyatandukiriye ayandi makomine agize iyo ntara.…
Inyuma y’uko Kw’igenekerezo rya 8 MUNYONYO 2020 Umuririmvyi Berry Music aburiye umuvyeyi wiwe ariwe se amuvyara abenshi bagumye bibaza Nimba Uwo muririmvyi azoboneka mubikorwa vy’Umuziki na canecane mu giteramo yokoreye mu…
Musitanteri wa komine Mukaza iri mu gisagara ca Bujumbura yaraye yugaye ubunywero buri mu gisagara ca Bujumbura kumvo z’uko butubahirije amategeko abugenga. Nk’uko biri mu rwandiko inomero 531.018.02/294CMK/20202 rwo kuwa 10…
https://www.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ Mu gihe abarizwa mu gihugu haraheze igihe kitari gito, Olga ngo hari ibikorwa bishasha ariko arategura gushira ahabona, imbere yuko yinjira mu bijanye n'ugukorana n'abandi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.