Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 10 Munyonyo 2020 niho hatangura kugenderwa ibintu bigurishwa icamunara biheruka gufatwa mu bushikiranganji bw’ubutungane. Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’ubutungane igenekerezo…
Ivyo ni ibishikirizwa na Richard Hatungimana arongoye urunani rw'abagwizambuto bo mu Burundi mu ruganda urwo runani rwatunganije ku bagwizambuto hamwe n’abarimyi mu ntumbero yo kubakaburira gukorana hagati yabo mu gihe…
https://www.youtube.com/watch?v=cGgCkPeUxWg Inkozi y'ikibi yihaye inkumbi itemagura umusirikare, abandi 3 abica abarasishije inkoho yo mu bwoko bwa Pistol ya nyene gutemagurwa. Gushika ubu ntiharamenyekana ico vyoba…
https://www.youtube.com/watch?v=mQCKJQHs-eY Naho hari inkingo mirongo ziriko zirageragezwa hirya no hino kw'isi, urwakozwe n'amashirahamwe 2 arimwo iryo mu budagi n'iryo muri Amerika rwo rutanga icizere cane.…
Ishirahamwe Ntabariza riharanira agateka k’abapfungwa n’imiryango yabo rimenyesha ko bibabaje kubona haheze amezi 11 abapfungwa baronkejwe ikigongwe c’umukuru w’igihugu batarava mu mabohero. Mu kiganiro yahaye…
Ikibuga c’indege Melchior Ndadaye c'i Bujumbura casubiye kwugururwa icese inyuma y’amezi hafi umunani yari aheze cugawe kubera ikiza ca Coronavirus. Abantu bagera kuri 50 binjiye mu Burundi igihe c’isaha zibiri…
Mw’Ijoro ryo kuwa 8 Munyonyo 2020 niho hakwiragizwa inkuru yuko umuririmvyi yamenyekanye ku ndirimbo zibiri arizo Melana na Angelina Berry Music ko yabuze umuvyeyi wiwe ariwe Se amuvyara. Bikaba vyagiye biraboneka Ku mbuga…
https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Kuri Micro ya Lee marvin, Stikk ngo ntiyicuza ivyo yaciyemwo muri kahise kuko yakoze ico yashaka gukora muri ico gihe. Ariko kandi ngo ntakundi gusubira inyuma muri kahise. Ivyo…
https://www.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ Abasanzwe babarizwa mu buhindi "Inde" guhera kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 6/11 barashobora guhanahana amafaranga bakoresheje Whatsapp Pay, ako kakaba ari akandi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.