Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 197

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Basketball

#basketball| Dynamo na les Gazelles nibo batahukanye ihiganwa

Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya mbere niho hakinywe inkino za nyuma mu nkino z'igikombe citiriwe incungu , ico gikombe kikiba categuwe n'ishirahamwe Fondation Pax Burundi ku ncuro ya kane bafadikanije…

arseneby arsene
Nov 2, 8:18 am
108
groups-at-message

#Vollyball | Rukinzo na Muzinga nizo zatahukanye i bikombe vyitiriwe Incungu

Bitaboroheye na gato umurwi wegukira igi Police C'Uburundi mu bagabo niwo watsinze wongera utahukana igikombe citiriwe incungu z'uburundi utsinze Gacosmos muri Seoul, aho hakaba ari inyuma yaho banganirije itsinzi…

gibbonby gibbon
Nov 2, 7:31 am
106
Burundi

Andy Mwag, Rally Joe, na Christian Nsavye mu giteramo kimwe

Inyuma y'ibiteramo mu mihingo myinshi y'isi Andy Mwaga agiye gukora igiteramo ciwe ca mbere mu guhugu c'Uburundi. Andy Mwag yamenyekanye cane nk'umucuraranzi ntasubirizwa muri kano karere avuza…

gibbonby gibbon
Nov 1, 9:09 am
105
football

Cedric kaze yatsinze urukino rwiwe rugira Gatatu

Cèdric Kaze abandanya yitwara neza muri Tanzania . Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugutu umurwi Biashara United wari wakiriye Yang Africans mu rukino rw’indwi ya 8 y’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzania ,…

bosingwaby bosingwa
Oct 31, 8:10 pm
106
Burundi

Ibibanza vy’iratiro ngo bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye

Ibibanza vy’iratiro mu Burundi bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ingenzi. Umushikaranganji ajejwe ingenzi yabishikirije kuri uyu wa gatanu i Gishora muri komine Giheta mu ntara ya…

janvierby janvier
Oct 31, 5:16 pm
106
Burundi

Ivyangombwa ngo birakwiye kugira ikibuga c’indege gisubire kwugururwa

Ivyangombwa vyose ngo birakwiye kugira ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura cugururwe. Umugwi ujejwe kugwanya ikiza ca  Covid-19 wabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu mu gihe wari…

janvierby janvier
Oct 31, 2:47 pm
104
Burundi

Ubusumbasumbane bw’imishahara mu bakozi ba Reta bugiye gukurwaho

Abakozi barenga mirongo ibiri b'abanyamahanga  bakora mu mashirahamwe arenga ijana na mirongo ibiri nibo vyabonetse ko bakora batagira impusha  mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi. Umushikiranganji…

janvierby janvier
Oct 31, 2:07 pm
107
Burundi

Mu ndwi iza birashirwa ku mabarabara makurumakuru yo mu gisagara

Ibikoresho vyagenewe gutabwamwo imicafu ngo bigiye gushirwa ku mabarabara makurumakuru yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa kane w'indwi buca dutangura. Musitanteri w'iyo komine asaba…

janvierby janvier
Oct 31, 1:44 pm
108
activity-at-message

Mutima le comedien yoba afise iyindi mpano

Yamenyekanye cane mu gutwenza abantu abicishije mu kiganiro yikinana kuri telefone (Allloo uri Maweee!, sawaaaa!, Ndaryaaaaa!,.....), mu nyuma aboneka mu masanamu atwenza abantu abicishije mu majambo anyuranye, Mutima le…

gibbonby gibbon
Oct 30, 10:31 pm
107
Burundi

Diamond Platnumz, Mkombozi na Rayvany bibiwe hamwe

https://www.youtube.com/watch?v=OOzRoGHRJmw Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi na Nasbu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo baheruka kwibirwa hamwe. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Mkombozi ubwiwe ku mbuga…

yanickby yanick
Oct 30, 6:37 pm
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 195
  • 196
  • 197
  • 198
  • 199
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Basketball
107

Basketball : Urwaruka rwo mw’i Jabe rwateguye ihiganwa

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport
CAN2019
109

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In