Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu 2020. Pierre Nkurikiye avugira…
Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe ahanishwa ihadabu iri hagati…
Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri…
Abadandaza bahora bakorera mw'isoko ya Kamenge iheruka gusha ngo bagiye kuba barashizwe vy'imfatakibanza mu kibanza kiri hagati y'ibarabara rya 11 na 12 muri zone Cibitoke, komine Ntahangwa mu gisagara ca…
Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta ,yatanze imiduga mishasha kuri ba…
Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w'Igihu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe John Pombe Magufuli mu gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye gushirwa mu ngiro. Kuri…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye. Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu 2020 ari i Gitega ku…
Imiriyaridi zirenga 1000 z'amafaranga y'amarundi niyo yatojwe n'ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi OBR mu mwaka wa 2019 ushira uwa 2020. Ni mu gihe cari citeze gutoza imiriyaridi 908. Ivyo ni…
Hambavu ya bino twozaniwe na ba Kavamahanga, urazoheza unyigishe na bino Mwarimu we! Ndosea ubumenyi bw'ukumenya ico ndi. Nyigisha ukuzokwama nitwararika kumenya ico naje gukora kuri ino si. Uraguma unyibutsa ko nokwama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.