Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 22

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
# Indundi Sports | Nimubona Emery yahagaritse amasezerano yari afitaniye na Coastal Union
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Nimubona Emery yahagaritse amasezerano yari afitaniye na Coastal Union

Umukinyi w’inyuma w’umurundi akinira umurwi  Coastal Union wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania yahagaritse amasezerano yari afitaniye n’uwo murwi . Imvo n’uko uwo murwi Coastal Union utigeze ushitsa ivyo wari wemereye…

bosingwaby bosingwa
May 18, 9:30 pm
338
Rachly Nish ubu ngo ari mu rukundo ntakinyegeza umukunzi
Entertainment

Rachly Nish ubu ngo ari mu rukundo ntakinyegeza umukunzi

Rachly n'umuririmvyikazi akongera agakina amareresi, sivyo gusa kuko no murukino bita volley-ball ariyo muti vyose abishobora gute? Nubwo ivyo vyose abikora hari haciye hafi amezi 5 adasohora indirimbo,ataboneka mu…

gibbonby gibbon
May 18, 5:02 pm
316
# Indundi Sports | Umurwi Bs Dynamic ntiwemeye  ivyavuye mu matohoza yakozwe na FFB ngo ugiye kwunguruza urubanza
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Umurwi Bs Dynamic ntiwemeye ivyavuye mu matohoza yakozwe na FFB ngo ugiye kwunguruza urubanza

Umurwi Bs Dynamic ukina mu cicaro ca mbere muri Primus League wahanishijwe impaga biturutse ku giturire bivurwa ko woba waratanze mu rukino rwa Primus league rwari rwabahuje na Athletico New Oil . Urwo rukino rwari rwarangiye…

bosingwaby bosingwa
May 18, 3:26 pm
572
# Indundi Sports | Nta mukinyi n’umwe w’Urunani canke Dynamo yitabiriye imyimenyerezo y’umurwi nserukira gihugu wa Basketball
Basketball

# Indundi Sports | Nta mukinyi n’umwe w’Urunani canke Dynamo yitabiriye imyimenyerezo y’umurwi nserukira gihugu wa Basketball

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 16 Rusama 2023 niho umurwi nserukira gihugu wa Basketball Intamba mu Rugamba watangura imyimenyerezo ya mbere . Iyo mumyimenyerezo ikaba yaraye ikoreshejwe na Aaron Kagabo nk’umumenyereza…

bosingwaby bosingwa
May 18, 11:34 am
445
# Indundi Sports | Umurundikazi yaronse umudari w’ifeza mu rukino rwo kunagana muri Tunisia
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Umurundikazi yaronse umudari w’ifeza mu rukino rwo kunagana muri Tunisia

Niyonkuru Lynca Gloria yaronse umudari w’ifeza mu rukino rwo gukanaga mw’ihiganwa ry’urwaruka rw’abatarenza 17 ririko ribera muri Tunisia . Niyonkuru Lynca Gloria akaba yaraye aronse umudari w’ifeza mw’ihiganwa ry’urukino rwo…

bosingwaby bosingwa
May 17, 3:21 pm
306
# Indundi Sports | Uwurongoye Athletisme mu Burundi yabwiye CNO ko atariyo ikora urutonde rw’abanonotsi
Athletisme

# Indundi Sports | Uwurongoye Athletisme mu Burundi yabwiye CNO ko atariyo ikora urutonde rw’abanonotsi

Ishirahamwe ryo kwinonora imitsi mu Burundi FAB ryavuye mu gacerere ku kibazo c’abanonotsi mu Burundi . Mugihe mu misi iheze ishirahamwe CNO rirongowe na Lydia Nsegereka ryaramenyesheje urutonde rw’abakinyi bazoserukira…

bosingwaby bosingwa
May 17, 11:51 am
599
# Indundi Sports | Robertinho yavuze impamvu ituma adahora asubiriza Saidi Ntibazonkiza
homepage

# Indundi Sports | Robertinho yavuze impamvu ituma adahora asubiriza Saidi Ntibazonkiza

Umumenyereza wa Simba Sc yavuze impamvu ituma adakunda gusubiriza umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza naho biba biboneka ko yarushe . Ari kuri micro y’ikimenyeshamakuru ca Mwanaspoti co muri Tanzania , yavuze ko…

bosingwaby bosingwa
May 17, 8:15 am
1,470
Inkozi z’ikibi ngo ni ziteshwe zite kuko Fablice Manilakiza yitavye umuhamagaro w’Imana
homepage

Inkozi z’ikibi ngo ni ziteshwe zite kuko Fablice Manilakiza yitavye umuhamagaro w’Imana

Hari hamaze imisi havugwa menshi Ku mbuga ngurukanabumenyi Ku bijanye na wa mugambi w'inyubako rusangi z'uburaro bugezweho zazanywe n'umu diaspora azwi kw'izina rya Fablice Manirakiza. Uwo mugabo yagirijwe…

adminby admin
May 16, 8:32 pm
551
# Indundi Sports | Abarongoye ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi baterereye imifuko 80 ikibuga citiriwe Intwari
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Abarongoye ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi baterereye imifuko 80 ikibuga citiriwe Intwari

Ikibuga citiriwe Intwari kibandanya gishigikirwa ku buryo bushimishijwe . Hari kuri uyu wa gatandatu  igenekerezo rya 13 rusama 2023, aho abarongoye Ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi ( Medias en…

bosingwaby bosingwa
May 15, 8:44 pm
196
# Indundi Sports | Justin Ndikumana ariko aronderwa na Simba Sc abandanya yigenza neza
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Justin Ndikumana ariko aronderwa na Simba Sc abandanya yigenza neza

Umunyegori w’Intamba mu rugamba abandanya akora vyiza mu murwi Costal Union . Inyuma yo kugurwa mu gihugu ca Tanzania mu muri Costal Union ikina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania umunyegori w’intamba mu rugamba Justin…

bosingwaby bosingwa
May 15, 8:05 pm
215
  • Previous
  • 1
  • …
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In