Imigenderaniye hagati y’Uburundi hamwe n’ubumwe bwa buraya ibandanya inaguka. Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Rusama 2023 , Isaha zine zo mugitondo (10h00) ku kibuga Entente Sportif Ubuserukizi bw’ubumwe bwa buraya…
Rurandagaye Gédeon Se wa Nestory Irankunda yipfuza ko umwana wiwe akinira Intamba mu rugamba. Ivyo akaba yabivugiye mu kiganiro yaraye akoranye na Indundi Tv aho yashoboye kuvuga ubuzima bwiwe bw’umupira w’amaguru…
Umunyegori w’Umurundi Arakaza Mac Arthur ariko abikora neza mu gihugu ca Tanzania . Uwo munyegori w’Umurundi mw’ihiganwa ry’uno mwaka muri Tanzania amaze gukina inkino 14 hamwe na 2 za Caf Confédération Cup zose hamwe zikaba…
Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye yaraye ateye iteka igihugu. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 08 Rusama 2023 mu gihugu ca Nigeria niho hari haramutse habera inama idasanzwe…
Urugendo rw’umurwi Volleyball Rukinzo rwagenze neza bakaba baraye bashitse neza mu gihugu ca Tunisie. Uwo murwi ukaba werekeje muri ico gihugu mu ntumbero ko kwitabira ihiganwa ry’imirwi yabaye iya mbere mu bihugu…
Umukinyi w’umurundi Mustapha Francis batazira Njali yaraye afashije Zanaco Fc gutsinda Bulildcon Fc Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 07 Rusama 2023 aho umurwi Zanaco Fc wari wakiriye umurwi Buildcon Fc mu rukino rw’indwi…
Abanya Bujumbura baraye banditse amateka mu gutwara igikombe c’amahiganwa yo kwinonora imitsi . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 07 Rusama 2023 mu ntara ya Ngozi , aho hasozerwa amahiganwa yo kwinonora…
Lionel Messi umukinyi w'umunya Argentine akaba anakinira umugwi Paris Saint Germain w'Ubufaransa, ngo ntagisubira gukinira uwo mugwi, kuko yamaze kwemera amasezerano yo gukinira umugwi wo mu barabu. Amakuru…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Nshimirimana Ismail batazira Pitchou yaraye akuye umurwi wa Kiyovu Sports kure . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07 Rusama 2023 , aho umurwi wa Musanze wari wakiriye umurwi Kiyovu…
Umusore w’imyaka 17 Irankunda Nestory yavukiye mu nkambi y’induta mu gihugu ca Tanzania ariko muri kino gihe aba mu gihugu ca Australia agiye gukinira umurwi ukomeye kw’isi wo mu budagi witwa Bayern Munich. Hari ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.