Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 225

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

#diaspora |Andre asaba abarundi baba mumahanga gushika mu gihugu bagaterera umuganda wabo

Abanje kwemanga ko abarundi baba mu mahanga bashoboye vyinshi,bafise uburyo bwinshi kandi bize vyinshi, bitandukanye  Andre Nkeshimana, abatera akamo ko gushika mu gihugu bakaraba ibigoye Igihugu, n'imiryango. Uwo…

gibbonby gibbon
Aug 7, 7:35 pm
108
Athletisme

Francine yerekanye iyo akura ubutunzi afise

Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo mwana yavukiye mw'ikomine vyamusaba…

yanickby yanick
Aug 7, 9:37 am
106
Burundi

Ukuri ku bivurwa kw’iyinjira rya Fabelove muri Empire Avenue Lab

Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo  ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi  Fabelove yasohoye ururirimbo Hange  indirimbo yakorewe muri Empire…

epimacby epimac
Aug 6, 3:21 pm
105
Burundi

REBEKA umwigeme mwiza asumvya ubwiza abandi ivyamushikiye nagahomera bunwa

Umuririmvyi Titus  Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus  Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye mundirimbo asazwe akora aho avuga…

epimacby epimac
Aug 6, 12:59 pm
107
Burundi

Ati uwufise intumbero y’ukurya ibiturire naje mu kizingwe abanze yiyuhagire yongere yiyugumure!

Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro n'umutekano kubera ariwo mushinge.…

yanickby yanick
Aug 5, 12:53 pm
108
BDUSA

#diaspora|BDUSA| Laetitia Mizero Hellerud umwe mu barundikazi y’itoreza inama nkenguzamateka muri America

Nti bimenyerewe ariko bishobokera abavyizeye, Laetitia Mizero amenyesha abarundi ko batoza barikengera, ahubwo bogerageza kuko nawe yatanguye akora bukebuke, ariko ageze aho atagitinya guhiganwa n'Abanyamerika. Mizero…

gibbonby gibbon
Aug 5, 11:47 am
106
East Africa News

Inyuma ya Zari na Tanasha, Diamond ngo agiye kurongora

Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku rubuga rwa Instagram, Sallam Sk asanzwe…

yanickby yanick
Aug 5, 11:44 am
106
africa news

Muri Kenya abana 4000 batwaye inda muri bino bihe vy’ ikiza Corona Virus

Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000 nibo bamaze…

yanickby yanick
Aug 5, 6:52 am
104
Burundi

#diaspora|Sondrio| Abarwizatunga b’aba Taliano boba bagiye kuzana imitahe yabo mu gihugu cacu

Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe ubudandaji, n'amahinguriro,…

gibbonby gibbon
Aug 4, 2:51 pm
106
CAN2019

# Indundi Sports | Aba nibo bakinyi Aigle Noire izokwifashisha mw’ihiganwa rya Primus league rikurikira

Umugwi Aigle Noire The Fighters w'i Makamba washize ahabona abakinyi 19 uzokwifashisha mw'ihiganwa ry'umwaka wa 2020-2021 mu kurindira yuko bakwize igitigiri c'abakinyi 25 basabwa n'ishirahamwe…

bosingwaby bosingwa
Aug 4, 12:28 pm
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 223
  • 224
  • 225
  • 226
  • 227
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Burundi
109

Ivya Instagram muri MA ngo n’ibanga ribitswe neza

Burundi
107

Bain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko yihenze.

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In