Abakunzi b’umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c’Ubwongereza…
Abamenyeshamakuru bahamagarigwa gufasha mu gushikiriza amakuru y’ukuri abanyagihugu ku bijanye no kwikingira ikiza ca coronavirus. Ako kamo bagatewe n’umunyamabanga mukuru mu muryango utabara imbabare mu Burundi Croix Rouge.…
Inyuma yaho hakorewe indirimbo Godzilla igatangwa nka Challenge Fabelove nawe agakora iyo yise Master. Yasiguye neza impamvu nawe yayigize Challenge ku baririmvyi ndundi basanzwe bakora umudiho wa RAP. Abicishije mu kiganiro…
Ikiza ca Ebola carasubiriye kuboneka muri republique iharanira intwaro rusangi ya Congo, abagwayi bandi bashasha bakaba babonetse itariki 10 ndamukiza imisi 2 gusa imbere yuko Congo na OMS bamenyesha ko ico kiza…
Nkuko mubizi , umuntu aremwa mw'ishusho y’Imana ariko hari igihe umuntu asa n'uwundi hafi ijana kw'ijana. Muri Iran hariho abagabo babiri basa n'ibihangange Christiano Ronaldo(asa na Reza Alireza Lou) na…
Mu gihe intara ya Bururi iheruka guhabwa umusenyeri mushasha atwara Diocese ya Bururi, abarundi batandukanye barakeje uwuheruka kugenwa ngo atware iyo Diocese, uwo nawe s’uyundi ni Mgr Salvator Niciteretse. Mu barundi…
Inyuma y'aho ubushikiranganji bwo kwitaho amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyeshereje ko abantu bane bari baranduye ikiza ca coronavirus ko basubiye kubapima mu nyuma bagasanga barakize, ibitaro vyitiriwe…
Bisoro na Rukinzo zarorohewe mu bagabo , Muzinga na Les As na GLC nazo ntiziganganiye Panthers na New colombe. Mw'ishirahamwe rya volley ry'i Bujumbura baratanguye igice ca kabiri c'ihiganwa bita phase retour…
Igiciro c'ibitoro muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika cakorotse cane ku buryo butari bwaboneke mu mateka y'ico gihugu. Ivyo bituma abahingura ico gitoro biba ngombwa ko babanza kuriha abakirangura kugira ngo…
Mu kiganiro caraye kiremeshejwe n'ugwego nyobozi rwa BDUSA k'urwego rw'Igihugu, Umukuru w'ishirahamwe Samuel Ndayiragije yaragerageje kwishura no gutanga umuco ku bibazo vyinshi vyabajijwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.