Igihugu ca Ghana catanguje Application ishirwa mu duhamagazo aho iyo izofashwa abajejwe amagara y’abantu kumenya uruja n’uruza rw’abantu, kugira hamenyekane abantu bashobora kuba bakekwako iyo ngwara. Leta ya Ghana imenyesha…
Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu z’umuhingamo ku rubuga…
Urukino rwa Motocross ni urukino rushasha mu Burundi mbere rutanguye guhurumbirwa.Urwo rukino rwatanguye gukomera muri 2017, ariko rukaba rutashigikirwa nkuko vyategerezwa .Hambavu yo gutanguza ishirahamwe ryabo , abarukina…
Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n'ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n'uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera kuri 241. Abamenyeshwa ko bamaze guhitanwa…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2020, Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru kugira ababwire imvo…
Mu buryo bw'impwemu rero nk'uko abahinga babimenyesha, ni ho mamuko y'ibidushikira vyose aho tugeza amaso. Abo bahinga baravuga ko , nk'akarorero, umuntu ashobora gusanga agize nk'uruhere ku mubiri,…
Indirimbo y'Umuririmvyi Sat-B yise IZINA n'imwe mu ndirimbo yateye uruhagarara bivuye ku majambo ari mur'iyo, amajambo yatumye benshi bagira ico bavuze binatuma hariho n'abipfuza ko iyo ndirimbo yohava…
Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu aho muri Tanzania yamenyesheje ko abagera 14 baraye biyongeye ku gitigiri cari gisanzwe ari 32 c'abarwaye ico kiza. Bose rero ngo baciye bakwira abagera 46. kuva ico kiza…
Amajambo atanyegeje namba niyo yuzuye buno butumwa we yise Ikete kubakunzi b'umuziki, aho yanditse amajambo maremare nawe akaba ari Aime Loveness umwe mubasore bafise impano kandi ubona ko agerageza kuvyifatamwo…
Inyuma y'aho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB akongera akaba n'Umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriano Ndikuriyo avugiye y'uko azokinjura mu mwaka uza atazosubira kwitoza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.