Ugutahukana umudari w'inzahabu mu nkino za jeux Olympiques 2021 niyo ndoto Francine Niyonsaba afise Kubw'uwo murundikazi asanzwe ahiganwa ku metero 800 akanatahukana umudari w'ifezo kuri izo metero mu nkino za…
Mu nyuma yaho asohoreye indirimbo yiwe arikumwe na Sat-B, ni Miss Erica yabandanije avyifatamwo neza niyo ndirimbo nyene In My Heart aho mbere ari indirimbo yashoboye gukundwa n'abantu benshi inashobora kuja mu…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw'ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1) Iddy Muserem akinira umugwi…
Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC (East Africa Community) vyaraye bitanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona, iryo sekeza rikaba ritegurwa kuzoba kuva kw'igenekerezo rya 25 Ntwarante gushika…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari niho umugwi wa Vital'o Fc uzokwakira umigwi wa Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega mu rukino rwo gutangura…
Ntibikiri urukurukuru, uwahoze ari umumenyereza wa New stars Aimé Bitagoye yahawe amabanga mashasha muri Gymkhana. Aimé Bitagoye ni nde? Aimé Didier Bitagoye n'izina rizwi cane mu rukino rwa basket-ball na cane cane…
Mu ntumbero yo gukinga kugira ikiza Coronavirus nticinjire mu gihugu cacu, abanyagihu baba mu makomine y’intara ya Cankuzo ahana urubibe n’igihugu ca Tanzaniya basabwa guhagarika kuja muri ico gihugu baciye mu nzira zitazwi…
Mugihe umugwi wiwe wa Musongati wari uhejeje kunganiriza i Gitega n'umugwi wa Messager Ngozi igitsindo 1-1, umumenyereza w'umugwi wa Musongati Niyonkuru Jumaine yagize ico ashikiriza Indundi TV. Akaba yarabwiye…
Mugihe amaze indwi zirenga zibiri ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yamaze gutangura imyimenyerezo n'abandi. Ku makuru yo kwizera Indundi Sports yaronse ni uko uyo kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc…
Inyuma y'igihe kinini harimwo benshi bagiye barajabuka imbibe z'igihugu, hasubiye kwumvikana ijwi rishasha ritari rimenyerewe mu mugwi Swagg Team. Umuririmvyi Red Boy Mnyama canke Bad Boy nk'uko akunda kwiyita…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.