Igihe umugwi wa Les liérres wariko uratana mu mitwe n’umugwi wa Rukinzo Fc umumenyereza wa Les liérres Bimenyimana Robert ntiyagaragaye ku ntebe y'ubumenyereza . Aganiriye na Indundi Sports , Bimenyimana Robert yavuze…
Imiryango y’abateshejwe izabo n’umwuzurira, begeranirijwe mu bibanza bitandukanye mu gisagara ca Bujumbura ngo bagiye kwungururizwa kure yaco. Nk’uko bishikirizwa na Antoine Ntemako aramutswa ubuyobozi bw’umurwi w’igihugu…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 24 Ntwarante 2020, umuyobozi mu bijanye n'Ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yari yatumiwe mu kiganiro B sports gica kuri Buja FM isaha 10h00 zo mu…
Ku kibuga Toyota Gikungu, Urunani basketball club kuri uyu w’Imana yirahiye les hippos mu rukino rwa kivandimwe ku manota 72 kuri 44. 1. Birakomeye hagati y'ubushikiranganji bw'inkino na FIBA Afrique iraba urukino…
Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league Burundi ryarabandanije kundwi yaryo ya 26. Uku niko imugwi yaraye itsindanye : - Buja city yatsinzs Kayanz United ibitsindo 2 kuri 1 - Rukinzo Fc yatsinze Les…
Nyamurangwa Fanny ni umwe mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha umuziki ndundi bo mu runganwe rushasha, akaba aheruka gukora ikintu c’imbonekarimwe muri uwo mwuga. Nyamurangwa asanzwe ari n’umu DJ, akaba kandi…
Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira ikinyamakuru…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV umuyobozi mu binjanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean-Gilbert Yaoundé yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ariwo ukomeye gusumba…
Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza mu mazu…
Kaya Freedom ngo naho Corona Virus yamufatiriye, bigatuma aguma i Kigali imisi irenze iyo yari yateguye, ntiyicaye kuko yabandanije akorera kuri Album yiwe nshasha ariko arashaka gushira ahabona mu misi ya vuba. Mu kiyago ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.