Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 20 Gitugutu umwaka wa 2019, umugwi w'abigeme bakina umupira w'abakobo Basketball witwa Les Gazelles waraye ufashe urugendo werekeza mu gihugu ca Tanzania kwitabira…
Igenekerezo rya 04 Gitugutu umwaka wa 2019 isaha zitandatu z'umurango (12h00) ku Kanyari ago Uburundi buhanira urubibe n'Urwanda niho umukinyi w'Umurundi Nduwimana André yafatwa n'igiporisi…
Abantu barenga ibice 90 kw'ijana ngo ntituzi ivyo twifuza. Jewe nza ndihweza utuntu n'utundi ngaheza ngaca urwevu. Mu gihe maze guca urwevu nkamenya ico bita "la loi des correspondances "canke" la loi…
Haba Sat-B canke Big-Fizzo abo babiri bonyene ntaho boshobora gushikana umuziki w’Uburundi haba mubihugu duhana akarere eka no mumakungu harakenewe abandi baririmvyi bakiri bato beshi kugira bafashanye urugendo. Harikuri uwu…
https://www.youtube.com/watch?v=T6uKA43nFRE
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba y'abakinyi bakina hano iwacu Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 18 b'intamba mu rugamba z'abakinyi bakina hano iwacu ruza kwerekereza mu…
Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w'2019, ikiganiro n’abamenyeshamakuru n’abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko…
Ukwidegemvya ni ukuba ufise ubushobozi bw'ugukora ivyo uzi wategerezwa gukora Aha naricaye ndasooma bino bitabo abaciye urwevu banditse mbona ni vyiza cane. Ariko rero uwundi musi nariyumviriye nti none ni guki ,…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye yari umutumire mu nama nshingamateka kugira yishure ibibazo vy’abatowe…
Inyuma y'aho vyari vyamaze kumenyekana ko agiye kugaruka mu rugo mu gihugu ciwe c’amavukiro, ni Sat-b, ngo ntakibonetse kuri uyu muhingamo w'igenekerezo rya 17 Gitugutu 2019. Bivanye n’ugucererwa agasirwa n’indege…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.