Pamy Queen n'umuririmvyikazi twatanguye kumenya ari mu murwi w'abakobwa ba 2" the Queens" mu nyuma yaho twarabuze irengero ryabo ariko pamy Queen we akaba yarabandanyije asohora nubwo yacishamwo igihe…
Chiffa Marty umukobwa yagendanye na Yvan Buravan imbere yuko yitaba Imana, ngo yiteze kuzobona uwundi muhungu bakundana aruko Yvan amurungitse. Ariko abandi n'abo babibonye ukundi, aho bavuze ko uko avyibaza atariko…
Meddy n'umugore wiwe Mimi bagiriye Isabukuru umwana wabo, kuko yarakwije umwaka avutse. Aho ni mu gihe hari hagize imisi insaku bavuga ko Meddy ashobora kuba akubitwa n'umugore wiwe iyo bari muri Amerika.…
Kuri za Instagram na Snapchat, abagabo bamwe bamwe bikanze ko wa mukobwa wacu Mow Kanzie yoba akina za reresi z'urukozasoni, kuko ivyo bamurungikira n'ibanga gusa. Mow Kanzie ngo ntiyorohewe ku mbuga nka Snapchat…
Abakinyi babiri ngenderwako b’Intamba mu rugamba Saido Ntibazoboneka hamwe na Cedric Amissi ntibazokwifadikanya n’abandi bagenzi babo b’Intamba mu rugamba mu nkino zibiri za kivandimwe Uburundi bwimirije gukina na Indonésie…
Umugambi uhari Kwa Alvin Smith n'uwo gufata akarere mu gihe Kiri imbere. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiyagiye mugenzi wacu Juste Gael. Mu gihe aheruka gushira ahabona EP nshasha yise 4You, uwo muririmvyi yavuze ko muri…
Ndayishimiye Youssuf batazira Nyange ntazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zizohuza Uburundi na Indonésie magenekerezo ya 25 na 28 . Uwo mukinyi w’Intamba mu rugamba akaba atashizwe mu rutonde rw’abakinyi ba OGC…
Uwahoze ari umumenyereza w’Intamba mu rugamba Ade Amrouch muri kino gihe amenyereza umurwi nserukira gihugu Tanzania Taifa Stars yipfuza hasi hejuru umumenyereza w’umurundi Cedrci Kaze kugira aze amubere icegera ciwe .…
Iboneka ry'umukuru w'igihugu Paul Kagame mu gitigiri c'abakinye b'urukino rw'umupira w'amaguru rwabaye Kuri uwu wa gatatu Kuri Kigali Pele Stadium, bamwe rwabibukije urukundo uwahoze ari umukuru…
Myugariro w’umurwi Nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba Nsabiyumva Frédéric ntazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zizohuza Uburundi na Indonésie ku magenekerezo ya 25 na 28 Ntwarante 2023 . Impamvu yatumye uwo mukinyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.