Redemption Voice Sweden nayo ngo iri mu nzira Uwundi mugwi mushasha wa redemption Voice ugiye kwerekanwa mu misi ya Vuba, ubu ukazoba ari uw'i Buraya, inyuma y'uwo muri Canada waheruka kuvuka. Uko imisi igenda, niko…
Nkuko Leta y'Urwanda yakoze igashigikira Bwiza akaronka Visa, ngo na Leta y'Uburundi nayo yari kubishobora, Kandi Double Jay yari guca aronkera aho yari yaburiye ubwa mbere. DJ Paulin ngo yizera ko ivyo ashikiriza…
Alvin Smith bwa Buzima Bwiza akunda kwerekana iyo arikumwe n'umugore i Bujumbura, ngo siwe ariha. Kuko we ngo nta bushobozi afise bwo kwama muri Kiriri Garden. Ubuzima bwitwa ko ari Bwiza buboneka Kuri Alvin Smith iyo…
Abagize imisi bashira akunyu muri ca Kibazo ca Drama T n'aba Diaspora, ngo ryoba ari ishari ribibatuma, kuko aronse akaryo ko kuja i Buraya, ariko bo iyo bari batariko baronka ibiteramo. Visa ku baririmvyi…
Cristal Event itwarwa na DJ Paulin bariko barisuganya kugira baze bahure n'umukuru w'igihugu, kugira bamwereke uko Leta y'Uburundi yokwungukira mu Baririmvyi, kuko abandi bose babonana nawe ngo bararira gusa…
Umurwi Aigle Noir Cs ubandanya uronderera isoko abakinyi bawo. Abakinyi babiri b’umurwi Aigle Noir Cs aribo Girumugisha Jean Claude akinira umurwi Magara Young Boys hamwe na Nkurunziza Alfred akinira Bumamuru Fc baraye…
Umurwi nserukira gihugu Intamba w’abatarenza imyaka 23 ugiye kwerekeza i Jakarta muri Indonésie . Mu ntumbero yo kwitegurira inkino z’igikombe c’Isi c’abatarenza imyaka 20 kizobera i Jakarta muri Indonésie , igihugu ca…
Amakuru dukesha umumenyeshamakuru mugenzi wacu Achel Niyongere akorera i radio y’igihugu ( RTNB) yajanye n’umurwi nserukira gihugu muri Indonésie avuga ko haraye havuzwe vyinshi mu murwi nserukira gihugu Intamba mu…
Emery Sun yashimiye abatari bake kubera ugutahukana ikibanza ca 1 mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards ry'uno mwaka, naho uwa Kabiri we avuga atarya umunwa ko ikibanza uwo muririmvyi arimwo cari gwiwe, ariko ngo…
Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n'abatari bake…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.