Inama nkuru ya gisirikare muri Sudani yateye umukono ku masezerano yo gusangira ubutegetsi hamwe n’abatavuga rumwe nayo bagizwe n’abateguye imyiyerekano basaba ko ubutegetsi buva mu maboko y’abasirikare bugahabwa…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 16 Mukakaro umwaka w’2019, Sentare nkuru y’i Gitega yaraciriye umunyororo wo guherayo abantu bane bagiriwe n’icaha co kugandagura bunyamaswa abantu batatu aribo :…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro umwaka wa 2019 mu masaha yo mu gatondo niho uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Valerie Nahayo yishikira ku mpanda gushira urugori rw'amashurwe…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro umwaka w’2019, umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yakoranije inama nshikiranganji mu ngoro yitiriwe umwami Ntare Rushatsi. Urutonde rw’ivyizwe kuri uno…
Inyuma yo gutwara igikombe ca Peace Cup ugahava ari nawo uzoserukira Urwanda mu nkino za CAF Confederation Cup, umugwi As Kigali wamaze kwirukana abarundi batanu. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro…
Lionel Messi nawe ahamagarirwa n'abatari bake guhaguruka akerekeza mu gihugu ca Italie ngo aje gukinirayo nayo, nka Cristiano Ronaldo. Lionel messi abarizwa muri Barcelona kuva mu mwaka wa 2004, ahamagarirwa kwerekeza…
R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c'urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu agira mu buzima bwiwe, umukunzi, igituma ngo nuko atigeze agira…
Naho bigoye kwemera bivuye kuri Kigingi muri bino bihe, ngo ivoka yoba ariyo ntandaro y'ugusa neza kwiwe. Mu gihe yaganira yatanga ikiganiro kuri imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Kigingi yavuze ibanga rimutera gusa…
Nk'uko iryo higanwa ryateguwe, ugutorwa kwabo cumi na babiri vyakozwe n’umurwi ujejwe gutanga amanota ariko ubu bageze mu gice ca kabiri gishira icanyuma batorwa n’abakunzi babo kandi buri umwe wese afise inomero…
Igiporisi c’Uburundi cerekanye inkozi z’ikibi zine zagirizwa gukora ubugizi bwa nabi butandukanye bari basanzwe bari mu murwi umwe n’abandi bagizi ba nabi babiri baheruka gupfa bahitanywe n’amasasu y’abaporisi mu gihe bari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.