Mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 16 Mukakaro umwaka w’2019 ku rubibe Uburundi buhana n’igihugu kibanyi ca Tanzaniya neza na neza ahitwa i Mugina mu ntara ya Makamba niho abantu bagera kw’ijana na…
Umugwi Gormahia wo mu gihugu ca Kenya wipfuza bikomeye umusatirizi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 ariwe Jules Ulimwengu. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 15 Mukakaro umwaka wa 2019, niho…
Umugwi Gicumbi Fc wo mu gihugu c'Urwanda wahaye amasezerano umumenyereza w'umurundi ariwe Ismail Nduwantare kugira abe umumenyereza wawo. Ismail Nduwantare akaba yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi…
Ngo ivyo ikinyamakuru co mu bwongereza Dail mail coba canditse y'uko kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yoba agiye kugurwa n'umugwi wo mu cicaro cambere wo gihugu c'ububirigi witwa Zulte…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryaraye ribandanije kundwi yaryo ya 13 . Uku niko baraye batsindanye : - PVP Buyenzi yatsinze Onze Etoile ibitsindo 6 kuri 1 - Lionne Star yanganije na Rain Bow igitsindo 1 kuri 1 -…
Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y'ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona. Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko izosohika aho igeze.…
Neymar aheruka kuvuga uburyo yiyumva inyuma y'igihe arwaye, ariko ntiyashima gucira hasi ku kibazo kijanye n'umurwi azokinira mu nkino zimirije. Inyuma y'igihe cababa amezi 2 ari inyuma y'ikibuga kubera…
Isokomusic n'urubuga rw'uwitwa umuririmvyi uwariwe wese w'umurundi, yaba uwuririmba indirimbo zihimbaza Imana, canke izikunze kwitwa ko ari iz'isi. Isokomusic n'urubuga rugiye kugurisha umuziki…
https://www.youtube.com/watch?v=iE7HdXjfp9Q&feature=youtu.be
Nta ngendeshwa Alain Olivier Niyungeko agiye kugurirwa na Berahino kiretse iyo azoba yiguriye mu mahera yiwe. Hari amakuru amaze imisi akwiragira hose avugwa na bamwe mu bakunzi b'umupira w'aguru mu Burundi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.