Imigwi isangiye itsinda n'Uburundi yaraye imenyekanye harimwo Maroc. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 18 Mukakaro umwaka wa 2019 niho ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF risanze…
Imodoka yo mu bwoko bwa Probox yari itwaye imifuko irimwo igiti c’umuvyivyi c’i Bugabira mu ntara ya Kirundo yafatiwe ahitwa ku Mukenke i Kobero mu ntara ya Muyinga iriko ija mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Nk’uko…
Zari ntabona kumwe n'abavuga ko aba mu nzu ya Diamond muri Afrika y'epfo, nayo we avuga ko afise izitari nke muri ico gihugu ca Mandela. Abantu bavuga ko inzu abamwo muri afrika y'epfo ari iya Diamond ngo…
Kidum avuga ko abarundi n'abanyacongo bo muri Kivu ya ruguru na Kivu y'amajepfo bagize umuryango umwe. Kidum hampande y'abarundi, yatanguye gutumira n'abanya Congo ngo nabo bazitabire igiteramo buca…
Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I Kigali kubera umukobwa…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Mukakaro umwaka w’2019, abarundi bagera ku majana atatu na mirongo umunani n’umwe niho bahunguka bavuye mu makambi y’impunzi ya Nyarugusu, Nduta na Mtendeli yo mu gihugu kibanyi ca…
Umugwi nserukiragihugu wa Volleyball wamaze gufata urugendo werekeza mu gihugu ca Tunisia mu mahiganwa ya Africa agiye gutangura igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka wa 2019 akazorangira igenekerezo rya 29 Mukakaro umwaka wa…
Muri Restaurant y'ubuzima bariha imbere y'ugufungura. Hariho igiciro utegerezwa kuriha kugira ushike ku masonga. Aha ku masonga mwotahura, gushika ku rugero rw'imboneza.( Leader) aho uzoshika ejo ugashobora…
Indwi yahariwe abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abo bose bahabaye igiye gutangura vuba mu misi ine gusa kw'igenekerezo rya 22 Mukakaro uwu mwaka maze iheze irangire kw'igenekerezo rya 26 na uku kwezi nyene.…
Ikibazo c'umutekano ngo nico kimubujije kuzoza I Bujumbura mu giteramo bari bamutumiyemwo. Shaddy boo nawe ngo ntazoteramisha abarundi nkuko yari yavyemeye mu misi iheze abicishije Ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.