Mu makuru yacu twabashikirije twarababwiye ko muri uku kwa gatatu Umuririmvyikazi Meili azoba yagiye guserukira Uburundi muri Afrika yepfo ntibikiri amajambo rero vyagiye mungiro. Acishije k'umbuga ngurukana bumenyi…
Inyuma y'amezi ata kindi kivugwa mu kanwa ka Mista Champagne atari Kajala, ubu yamaze gushika i Bujumbura, none ibibazo vyatanguye n'ukwibaza nimba uwo Mugabo azoshobora kwerekana urwo rukundo yahora avugira mu…
Mu gihe yaheruka muri Maroco mu bikorwa vy'uguserukira igihugu, umuririmvyikazi Emelance Emy ngo yoba ariko arategura ikindi gikorwa gishasha, naho aravuga icaroco. Emelance Emy ngo ari mu gikoni muri ino misi, hari…
Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z'abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y'ubuseruko, abandi n'abo bavuga…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano iwacu , waraye utanguye imyimenyerezo ya mbere ku kibuga ca CTN kiri mu Ngagara . Iyo myimenyerezo ikaba yari yitabiriwe n’abakinyi batari bake…
Inyuma y'ukwezi umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame agendeye Uburundi, Intumwa z'Uburundi zakiriwe i Kigali mu Rwanda, aho zatwaye ubutumwa bw'umukuru w'igihugu cacu Evariste Ndayishimiye,…
Umurwi nserukira gihigu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe mu gihigu ca Indonesie . Vyavurwa ko Uburundi buzokina na Kenya inkino zibiri za kivandimwe izo nkino zikazobera muri Kenya ariko…
Ku ma Views 300,000 yaronse Ku ndirimbo ITamporize, n'izishika 4,000,000 yakwije Kuri Madam, drama t ashobora kuba ariwe muririmvyi wa mbere mu Burundi akoreye amafaranga menshi cane mu mwanya muto abicishije Kuri…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije kundwi igira 14 . - Umurwi Etoile du Matin watsinze Onze étoiles igitsindo 1-0 - PVP Buyenzi inyuma yo gukubitwa impaga yanse gukina…
Umurwi wa Remesha BBC waraye utangaje abakunzi ba basketball utahukanye igikombe ca Nani Mkali 2023 utsinze Urunani ku manota 67 kuri 55 . Uwo murwi ukaba waciye uba umurwi ugira kabiri utwaye igikombe ca Nani Mkali , inyuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.