Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 41

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Na Double Jay baramuhindura nkuko bagize Bwiza?
Entertainment

Na Double Jay baramuhindura nkuko bagize Bwiza?

Mu gihe hasigaye imisi iharurwa ku ntoke ngo igenekerezo rya 11 ntwarante rigere abaririmvyi Double Jay na Bwiza bateramishe abakunzi babo bo mu gisagara CA Lyon mu Bufaransa, gushika ubu nta numwe muribo arahonyoza ikirenge…

yanickby yanick
Mar 3, 11:38 am
165
# Indundi Sports | Youssouf Ndayishimiye ngo niwe ashobora kwugurura inzira y’abandi bakinyi b’abarundi
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Youssouf Ndayishimiye ngo niwe ashobora kwugurura inzira y’abandi bakinyi b’abarundi

Youssouf Ndayishimiye yaraye akoze ikiganiro ciwe ca mbere mu gihigu c’ubufaransa . Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2023 , aho umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssfu Nyange yakora ikiganiro ciwe…

bosingwaby bosingwa
Mar 3, 10:47 am
173
# Indundi Sports| Musore Aaron yaraye afashije Green Eagles gutsinda Buildcon
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Musore Aaron yaraye afashije Green Eagles gutsinda Buildcon

Musore Aaron yaraye yinjije igitsindo ciwe ca kabiri mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Zambia ( Super League) Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 isaha icenda mu masaha yo muri Zambia aho umurwi…

bosingwaby bosingwa
Mar 3, 9:59 am
150
# Indundi Sports | Intumwa za FIFA mu rugendo rwo gukurikiranira hagufi ibikorwa vyo gusanura  ikibuga Intwari
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Intumwa za FIFA mu rugendo rwo gukurikiranira hagufi ibikorwa vyo gusanura ikibuga Intwari

Intumwa ya FIFA Benjamin Veenbrink akaba n’umuhinga mu bijanye n’inyubako , aherekejwe n’uwurongoye ibiro vya #FIFA mu karere bari murugendo rw’imisi itatu mu Burundi . Abo bahinga bakaba baje mu ntumbero yo gukurikiranira…

bosingwaby bosingwa
Mar 2, 8:10 am
419
# Indundi Sports | Muyenge Alexandre mu nzira y’imigenderanire n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Bubirigi
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Muyenge Alexandre mu nzira y’imigenderanire n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Bubirigi

Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police abandanya akomeza ubucuti hagati y’iwe n’ayandi mashirahamwe y’umupira w’amaguru . Inyuma yo kwitabira ibirori vy’ubushimwe FIFATHEBEST…

bosingwaby bosingwa
Mar 2, 8:00 am
259
Fabilove kw’ishavu ryinshi ngo hari TV online atazoha ikiganiro
Entertainment

Fabilove kw’ishavu ryinshi ngo hari TV online atazoha ikiganiro

Fabilove n'umuririmvyi w'umu rapeur benshi bashingira intahe ko afise ubwitonzi butajanye n'umudiho akora. Igiteramo cari categuwe n'abanyarwanda mu Burundi ahitwa kuri word Beach carimwo abarapeur gusa,…

adijoeby adijoe
Mar 1, 10:38 pm
236
# Indundi Sports | Uburundi ntibucakiriye Namibia ku kibuga citiriwe Intwari
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Uburundi ntibucakiriye Namibia ku kibuga citiriwe Intwari

Abarundi batari bake bari bafise icizere ko Uburundi buzokwakirira Namibia hano i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari . Kuri Micro y’umumenyeshamakuru wa FIFA i Paris mu Bufaransa kw'igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 ,…

bosingwaby bosingwa
Mar 1, 8:22 am
444
# Indundi Sports| Jimmy Ndayizeye na Saido Berahino bari mu batoye Messi muri FIFATheBest
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Jimmy Ndayizeye na Saido Berahino bari mu batoye Messi muri FIFATheBest

Nkuko bizwi iyo hagire hatorwe abakinyi beza bama bavyitwayemwo neza kurusha abandi kw’isi ntihabura abatora kuri buri igihugu . Mu Burundi hatoye Kizigeza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino , uwahoze ari umumenyereza…

bosingwaby bosingwa
Feb 28, 2:28 pm
944
# Indundi Sports| Mpingwe Amissi Willy niwe arongoye Inter Star biciye mu mategeko
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Mpingwe Amissi Willy niwe arongoye Inter Star biciye mu mategeko

Umurwi wa Inter Star watswe Bizimana Abdoul Karim uhabwa Mpingwe Amissi Willy vyavurwa ko atatowe biciye mu mategeko . Umurwi wigenga ujejwe gutatura amatati mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ,…

bosingwaby bosingwa
Feb 28, 2:24 pm
597
# Indundi Sports|Muyenge Alexandre ibi nivyo yungutse mu mubonano na Gianni Infantino i Paris mu Bufaransa
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports|Muyenge Alexandre ibi nivyo yungutse mu mubonano na Gianni Infantino i Paris mu Bufaransa

Gén de Bgde de Police Muyenge Muyenge Alexandre yakirwa na Gianni Infanino . Kuri uyu wa mbere  igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , niho uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB ) Géneral de Brigade de…

bosingwaby bosingwa
Feb 28, 10:34 am
482
  • Previous
  • 1
  • …
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In