Umukinyi w'umurundi akina hakurya mu gihugu c'u Rwanda Ulimwengu Jules abandanya kwitwara neza iyari muri azam premier ligue muri Rayon sport, akaba amaze kuwutsindira ibitsindo bitatu harimwo bibiri yinjije!-->…
Kigingi mu giteramo yakoze ku musi mukuru w'abakundana, yaramenye ibanga avuga ko hari uruhagarara hagati ya se na Nyina bimuturutseko. Mu giteramo Mugenzi Alfred Aubin yakoze kuri uyu wa 14 ruhuhuma, ku musi wahariwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi rirabeshuza amakuru ariko arakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi, avuga urutonde rw'abakinyi bazotana mu mitwe na Gabon. Urwo rutonde rwiyamirijwe rukaba aruru rukurikira: !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo avuga ko hataragera ko azana umwigeme muri bantu Bwoy, nayo abovuga ko vyoba bituruka ku mutambukanyi wiwe, ngo sivyo kuko muri iyo Label hasanzwe hanakoramwo abandi bigeme. Mu gihe abantu benshi babandanya!-->!-->!-->!-->!-->…
Nta rukundo rwari hagati ya Mina na Emery Sun igihe yamusaba kuja mu masanamu y'indirimbo Wa Wundi, nayo ubu ngo nta vy'urukundo, ariko yiruka inyuma y'ifaranga. Milky Minaj arahakana ko atari mu rukundo na Emery Sun,!-->!-->!-->!-->!-->…
Ukuryama n'uwo wagiriye mu masanamu ngo bivana n'uko abo 2 baba baganiriye, ariko kandi ngo kenshi n'ugushaka gucafuza uwo muririmvyi baba babivuzeko. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu bigeme!-->!-->!-->…
B Face ngo ico akora si Beef kuko ata ngumu zirajamwo, ahubwo ico aba ariko arakora, ngo ni ico bita Challenge, kugira abashe kuvugisha abantu gusa. B Face ngo nta kibazo afitanye n'umuririmvyi numwe mubo amaze!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho ikigo kijejwe kugenzura abanyabuhinga muri Tanzania giheruka kumurekurikira ngo abandanye akora ibikorwa vy'umuziki, ubutungane bwo bwamuhamagaje ngo yisigure. Ikibazo c'amashusho y'urukozasoni, Wema!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiyago na Isanganiro, umuhungu wa Bruno simbavimbere benshi bazi nka Member avuga ko igikenewe muri kino gihe ari amafaranga, kuko ivyo bakenera vyose bisaba amafaranga. Bruno SImbavimbere ngo abandanya kuvurwa ukuri!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/AAeREKhBcIM?list=PLfqlH3YW9SLa-WrZEdpIstQdaKpxlXG0z
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.