Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 423

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Big Fizzo yakuriye inkofero Lolilo kubera umwaka wa 2018

Lolilo ngo yakoze indirimbo n’ama Video menshi muri uno mwaka wa 2018, aho agaca ashirwa na Big Fizzo mu bibanza vy’imbere mu bakoze bigashimwa mui uwo mwaka.   Big fizzo aremeza ko Lolilo ari mu baririmvyi bakoze…

adminby admin
Feb 22, 7:04 pm
105
homepage

Ulimwengu Jules yafashwe nk’uwasuzuguye abakinyi b’abarundi

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba ulimwengu Jules aridogerwa n'abakunzi b'intamba bivuye ku majombo yasgikirije. Mu kiganiro uwo mukinyi w'intamba mu rugamba ubu akinira Rayon Sports yakoranye n'igihe…

adminby admin
Feb 22, 9:57 am
105
Entertainment

Prix Découvertes Tours |Andy Mwag niwe murundi wenyene yizewe na Buravane ngo bakorane i biteramo.

Kuvuza mu biteramo mpuzamakungu ni kimwe muvyo Andy Mwag yaharanira, ubu ari mu biteramo vyitiriwe agashimwe kazwi nka «  Prix Découvertes  » gatangwa n’ikimenyeshamakuru c’abafaransa Rfi, Andy kuriwe ngo n’intambwe…

adminby admin
Feb 22, 9:52 am
105
featured sport

#primus league : Uku Niko imigwi igiye guhura kundwi ya 24

Kuva kw'igenekerezo rya 23 na 24 Ruhuhuma umwaka wa 2019 ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya Uku niko imigwi izohura: Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019 - Ku kibuga citiriwe…

adminby admin
Feb 22, 9:10 am
105
featured sport

# Nduwarugira Christophe yaguzwe muri Portugal

Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ata murwi yarafise muri kino gihe yaguzwe muri Portugal. Hari kw'igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira…

adminby admin
Feb 22, 3:01 am
108
East Africa News

Wema yavuze ku mubano wiwe na Diamond

Naho abantu bavuga ko hoba hakiri ubucuti bw'indenzarugero hagati yiwe na Diamond, Wema Sepetu ntahakana ko hari ubucuti buhari, ariko avuga ko ari ubusanzwe. Ivyabaye hagati ya Diamond Platnumz na Wema Sepetu ngo…

adminby admin
Feb 21, 8:44 pm
104
East Africa News

Rayvanny ati :” Ikibanza ciza c’ukwandikiramwo indirimbo ni mu bwiherero W.C”

Mu kiganiro yatangiye mu bwongereza, Rayvanny avuga ko ikibanza akunda kwandikiramwo indirimbo ari mu bwiherero, kubera uburyo hateye. Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko ikibanza ciza co kwandikiramwo indirimbo ngo ari…

adminby admin
Feb 21, 8:34 pm
105
East Africa News

Dj Marnaud yagirijwe ko yoba ari mu baryamana basangiye ibitsina ‘Abatinganyi’

Dj Marnaud ubu niwe ari ku minwa y'abatari bake mu gihugu kibanyi c'urwanda, kubera ibiheruka kumwagirizwa aho bavuga ko yoba ari umwe mu baryamana basangiye ibitsina, Abatinganyi. Inyuma ya Mwiseneza muri Miss Rwanda,…

adminby admin
Feb 21, 8:26 pm
105
Burundi

Sat-b yavuze ku mafaranga Mt Number one yashize mu ndirimbo bakoranye

Mt number one ngo kuba atigeze atinya gushira amafaranga mu ndirimbo n'ikintu ciza n'abandi bokwirikiza. Ivyo bikaba bishikirizwa na Sat-b bakoranye indirimbo yabatwaye amafaranga atari make. Uno musi Sat-b yasubiriye…

adminby admin
Feb 21, 8:13 pm
104
Burundi

Kidum yavuzweko vyinshi kubera umwigeme bifotozanye

Kidum naho atashatse ko ishusho yashize ku rubuga rwa Facebook hagira ico bayivugako, ariko abamukurikirana bagize vyinshi bayivugako. Kidum yavuzweko cane ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bavuga kw'ishusho…

adminby admin
Feb 21, 7:55 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 421
  • 422
  • 423
  • 424
  • 425
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In