Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 445

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
football

Primus League B : Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya mbere

Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize w'2018, ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri Primus League B rizoba ritanguye ku ndwi yaryo ya mbere. Izi nizo nkino zigiye kuba kuri uyu wa kane…

bosingwaby bosingwa
Dec 26, 7:22 am
104
Burundi

#Urwevu| Urwaruka| Ikibazo s’uko ibintu bikomeye, ikibazo n’uko bikomeye kukurusha.

Abantu ukanza wumva ngo jewe ndi Ingénieur Electro-mécanicien . Uti aho. Ngo kandi "j'ai distingué". Uti ahh, ni sawe kweli. Uti none ubu uri mubiki? Ngo " wapi, urabona nta kazi kahari, ubu nabaye ndaja…

staffby staff
Dec 24, 6:58 am
105
Burundi

Primus League : Uko inkino z’indwi ya 19 zagenze

Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama ndetse no ku musi w'Imana igenekerezo rya 23 Kigarama , ihiganwa rya Primus league rarabandanije Ku ndwi igira 19…

bosingwaby bosingwa
Dec 24, 2:07 am
106
homepage

CAF Confederation Cup : Francis Haringingo n’umugwi Mukura.Vs basezereye El Hilal Obeid

Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu mahiganwa ya Afrika yatwaye ibikombe iwayo CAF Confederation Cup ubatsinze kuma…

janvierby janvier
Dec 22, 11:22 am
105
football

Uburundi bwakorotse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk'uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama risohora urutonde rw'iko imigwi nserukira gihugu yama isumba sumbana ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa…

bosingwaby bosingwa
Dec 22, 6:38 am
104
football

Urutonde rw’abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z’indwi ya 19

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya 19 ya Primus League kubera amakara atukura bafise. Abo nabo ni aba bakurikira: 1)…

bosingwaby bosingwa
Dec 22, 5:36 am
104
football

Primus League : Uko imigwi igiye guhura kundwi ya 19

Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 19 . aho umugwi Messager Buja watsinzwe na Ngozi City ibitsindo 4-1. Kuri uyu wa…

bosingwaby bosingwa
Dec 22, 4:43 am
105
Burundi

Kuva mu ntango z’umwaka w’2019, inama y’abashikiranganji izohora ikoranira i Gitega

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka w'2018, inama nshikiranganji yari yaramutse ikoranira ku murwa mukuru w'intara ya Gitega aho muvyari kwirwa uwu musi harimwo integuro y'itegeko rijanye…

janvierby janvier
Dec 21, 3:24 am
104
Burundi

Uruganda rwo gusigura ingene ivyaha bikorwa mu mabarabara bihanwa

Kuri uno wa kane waraye uheze igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka w'2018, igipolisi kijejwe kuraba umutekano wo mu mabarabara cari caramutse cugurura icese uruganda rwo gusigurira amashirahamwe asanzwe yunguruza abantu…

janvierby janvier
Dec 21, 2:04 am
106
Burundi

Uwikekwa gukora urudandazwa rw’abantu yaraye atawe muri yompi

Igipolisi c'Uburundi caraye gifashe umugabo yikekwa kuba yahora akora urudandazwa rw'abantu abavana mu Burundi abajana muri Qatar. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 19 Kigarama niho bwana Haruna Nzisabira…

janvierby janvier
Dec 20, 7:12 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 443
  • 444
  • 445
  • 446
  • 447
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

# Indundi Sports | Ndayishimiye Youssuf mu rutonde rw’abakinyi bazokina UEFA Conference League
abakinyi bakina hanze
212

# Indundi Sports | Ndayishimiye Youssuf mu rutonde rw’abakinyi bazokina UEFA Conference League

Amazing
109

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In