Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 444

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
182
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
211
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
241
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
411
BDUSA

Cinema|Entertainment ntirenga igisagara niyo mpamvu bigora gutera imbere

https://youtu.be/Mm_OZU6nyBg?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

gibbonby gibbon
Dec 31, 11:37 am
106
Burundi

Ijambo umukuru w’igihugu yashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi

Barundi barundikazi, Umwaka w’2018 urarangiye, uw’2019 nawo uratanguye. Turashimiye cane Imana Mushoboravyose ku vyiza vyinshi yadukoreye muri uyu mwaka turangije, twongera tuyisaba kugumana natwe muri uyu mwaka mushasha…

janvierby janvier
Dec 31, 7:02 am
108
football

CAF Champions league : Umugwi Simba Sc usangiye itsinda rimwe na Al Ahly hamwe na Vita Club

Umugwi Simba Sc wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania usangiye itsinda rimwe n'imigwi Al Ahly yo muri Misiri hamwe na Vita Club wo mu gihugu Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo. Uku niko itombora ry'imigwi isangiye…

bosingwaby bosingwa
Dec 31, 6:46 am
107
football

Primus League B : Uko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

Ku magenekerezo ya 27, 28 , hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka, ihiganwa ryo mu cicaco ca kabiri Primus League B ryari ryatanguye icese ku ndwi yaryo ya mbere. Uku niko imigwi yatsindanye : BS Dynamic yanganije na Les…

bosingwaby bosingwa
Dec 31, 6:36 am
107
football

Primus League : Uko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 21

Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w'Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 21 Umurwi ikaba yatsindanye uku gukurikira : Musongati Fc…

bosingwaby bosingwa
Dec 31, 12:47 am
107
featured sport

Tambwe Amiss yiyemeje gukorera Yang Africans ibintu bikomeye

Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. Ivyo bintu bikomeye yiyemeje gukorera Yang Africans akaba yabivuze Inyuma…

bosingwaby bosingwa
Dec 28, 2:59 pm
107
featured sport

Hakizimana Alexis Kitenge yerekeje mu bushinwa

Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club . Hari kur' uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Kigarama isaha umunani 14h45 niho umukinyi…

bosingwaby bosingwa
Dec 28, 1:30 pm
108
Burundi

kabera Christian Morinho yashinzwe amabanga muri les Jeunes Athletic

Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka wa 2018 aho Kabera Christian yashinzwe…

bosingwaby bosingwa
Dec 28, 1:25 pm
107
Burundi

Lil K kubona ari muto ntibisigura ko aca aba gito

Urukundo yakunze umudiho wa Rape kuva akiri muto nirwo rwatumye ku myaka 10 gusa atangura kurimba haba mw'ibarabara, canke ateramanye n'incuti n'abagenzi, Karangira Owen Berrel azwi kw'izina "Lil…

gibbonby gibbon
Dec 27, 1:50 pm
108
homepage

Primus league : Uko inkino z’indwi ya 20 zagenze

Kuva kuru uyu wa kabiri uheze igenekerezo rya 25 Kigarama hamwe no kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Kigarama ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 20. Uku niko inkino zose…

janvierby janvier
Dec 27, 5:21 am
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 442
  • 443
  • 444
  • 445
  • 446
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Kigingi azohimbariza Pasika I Burayi
Burundi
234

Kigingi azohimbariza Pasika I Burayi

Mow Walda ngo n’umurundikazi ntashobora gutera intambwe ya mbere
Burundi
320

Mow Walda ngo n’umurundikazi ntashobora gutera intambwe ya mbere

Paci nzi ngo amase ya kera ntagihoma urutaro
Burundi
317

Abaririmvyi 3, bazozungurutswa na Dj Paulin

# Indundi Sports| Handball: Brother’s na Sister’s nizo zaraye zitwaye ibikombe vy’ihiganwa ry’igihugu
homepage
295

# Indundi Sports| Handball: Brother’s na Sister’s nizo zaraye zitwaye ibikombe vy’ihiganwa ry’igihugu

# Indundi Sports | Niwe afise ibitsindo vyinshi muri Instabul Basaksehir kandi akaba akina inyuma
abakinyi bakina hanze
329

# Indundi Sports | Niwe afise ibitsindo vyinshi muri Instabul Basaksehir kandi akaba akina inyuma

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In