Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 443

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Uko ishirahamwe “Ntabariza-SPF” ryakiriye ingingo iherutse gufatwa n’umukuru w’igihugu

Ishirahamwe ryitaho agateka k'abanyororo hamwe n'imiryango yabo "NTABARIZA-SPF" ryaramutse ritunganya ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho ryari ryipfuza gushikiriza uko ryakiriye ingingo y'umukuru…

janvierby janvier
Jan 3, 5:07 am
105
Burundi

Inyuma ya Shata, Natacha asohoye Kuja

Inyuma y’ukuvuga ko hari indirimbo zitari nke yamaze guheza gukora ziirindiriye gusohoka, natacha yasohoye iyindi ije ikurikira Shata yarabwa n’abatari bake kuri Youtube yiwe. Natacha ngendabanka imbere yuko umwaka wa…

yanickby yanick
Jan 3, 1:00 am
104
Burundi

Mt Number one I Bujumbura ntiyicaye naho ataco avuga

Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa biramurembeje. Naho ataco arashikiriza kiboneka, ibimenyetso vyo vy’uko hari…

yanickby yanick
Jan 2, 11:26 pm
105
Burundi

izi nizo nkino z’igice ca 32 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu zigiye gutangura

Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu zigiye gutangura icese . Uku Niko imigwi izohura: I Gitega isaha indwi 13h00 Umugwi…

bosingwaby bosingwa
Jan 2, 6:04 pm
103
football

Guardiola ati : “dutsinzwe na Liverpool tuzoba tubuze amahirwe yo gutwara Premier League

Umumenyereza w'umugwi Manchester City afise icizere co gutsinda Liverpool kuri uyu wa kane igenekerezo rya 3 nzero umwaka wa 2018 kugira agume yiyongereza amahirwe yo gutwara Premier league . Akaba yagize ati "mu…

bosingwaby bosingwa
Jan 2, 4:53 am
103
africa news

Aba nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k’umukinyi mwiza w’umunya Africa

Abakinyi batatu bakina mu bwongereza aribo Muhammed Salah akinira Liverpool, Saido Maney nawe akinira Liverpool hamwe na Pierre Emerick Aubameyang nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k'umukinyi mwiza w'umunya…

bosingwaby bosingwa
Jan 2, 4:03 am
105
football

Caleb ati : “gutsinda igitsindo buri urukino nico niyemeje”

Inyuma yo kuva mu bihano yari amaze imisi arimwo yahawe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Rwanda FERWAFA kubera ko yarwanye n'umurorerezi w'umugwi Sun rise ivyatumye ahanwa inkino 3…

bosingwaby bosingwa
Jan 1, 12:00 pm
106
Burundi

Urwaruka rugiye guhabwa imiriyaridi 3 kugira rwiteze imbere

Amafaranga y'amarundi angana n'imiriyaridi zitatu niyo Nyenicubahiro Perezida Petero Nkurunziza yaraye yemereye urwaruka mu kurufata mu mugongo mu migambi yarwo yo kwiteza imbere. Mu gihe yari aramutse yipfuriza abarundi…

janvierby janvier
Jan 1, 5:47 am
105
Burundi

#Indundi Diaspora| Ivyaranguwe mu buyobozi bw’abarundi baba hanze muri uyu mwaka uheze hamwe n’ibigiye kurangurwa

Nk'uko vyashikirijwe n'uwusanzwe ayoboye abarundi baba mu mahanga Japhet Legenti Ndayishimiye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Kigarama umwaka w'2018 aho yariko yipfuriza abarundi baba hanze umwaka…

janvierby janvier
Dec 31, 2:59 pm
105
Burundi

S’aba Manager, abanyamanyanga n’abaririmvyi

Bamwe mu basambuye haheze igihe gito batanguye gukorana. {Wanda I buryo na Sat-b I bubamfu} Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n'abanyamitahe baba…

yanickby yanick
Dec 31, 1:00 pm
104
  • Previous
  • 1
  • …
  • 441
  • 442
  • 443
  • 444
  • 445
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
109

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

111

Ibitigiri vy’abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In