Sat - B n'umuririmvyi akoresha imbuga ngurukana bumenyi cane ikimubabaje canke ikimuryoheye vyose abisangiza abakunzi biwe yama ariko arashingira intahe abantu baba ruguru ko aribo berekana urukundo rurenze kuba nya…
Abatama n’abatamakazi bageze mu zabukuru baraye bagendewe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2023 , aho ishirahamwe ryo gufasha abantu batandukanye batishoboye ryitwa Fertile Soil Global ryifadikanije na…
Hosy Irakoze yarengewe, ngo yahora Azi ko akundwa, ariko ntiyarazi ko akundwa mu buryo bungana nk'ubwo yaraye abonye. Uwo mumenyeshamakuru akorera ku Mboneshakure Siren Vibe, yasangije abamukurikirana ku rubuga rwa…
Uburundi bugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe n’umurwi nserukira gihugu wa Kenya Harambe Stars . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2023 aho Umumenyereza Mushasha w’Intamba mu rugamba hamwe n’icegera…
Umurwi Simba Sc ukinamwo umukinyi w’Umurundi Saidi Ntibazonkiza waraye werekeje mu gihugu ca Guinée mu ntumbero yo gukina urukino rwa mbere rwo mumatsinda rya Caf Champions League ruzobahuza na Horoya Fc kuri uyu wa gatandatu…
Atavyo kwihinguza ubu abanyabuhinga n'ubumenyi bafashwe neza kubera Umukuru w'igihugu atawe arinda gutuma yishikira mu kibanza bakibonanira imbonankubone, bakaronka n'akanya ko gushikiriza ibibazo vyabo.…
Nzigamasabo Vianey azwi kw'izina rya Vichou Love abarizwa muri the Fighter production yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru mu kubamenyesha igiteramo ciwe agiye gukora c'imboneka rimwe. Twari…
Umurwi Inter Star waraye ugendewe n’umwe mu bakunzi bawo akomeye aba hanze . Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 07 Ruhuhuma umwaka wa 2023 , niho umwe mu barundi aba mu bwongereza yama ashigikira umurwi Inter Star…
Umurwi Magara Young waraye ugiraniye amasezerano yo kuza urambikwa n‘ishirahamwe NOBAC . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 07 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Magara Young Boys ukina mu cicaro ca mbere muri Primus League…
Kirikou Akili acishije ku mbuga ngurukana bumenyi yanditse amajambo akeza indirimbo ya Ado Josan. "Bararindiriye" n'indirimbo ya Ado Josan imaze imisi itari mike isohotse hafi ukwezi kurenga ariko uno musi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.