Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 48

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Bamwe mu bakurikiranira Natacha baramuhakije
Burundi

Bamwe mu bakurikiranira Natacha baramuhakije

Ngendabanka Natacha bakunze kwita la Number, asubiye Kandi kuvugisha benshi kubera umwambaro yari yambaye kw'ifoto aheruka gusangiza abamukurikirana, ariko Kandi n'ukubera amajambo yaherekeje iryo shusho. Uwo…

yanickby yanick
Feb 6, 8:27 pm
385
Bruce Melodie yamuhaye akaganuke k’imiliyoni 360
Burundi

Bruce Melodie yamuhaye akaganuke k’imiliyoni 360

Mu gihe bahimbaza isabukuru y'amavuko y'umugore wiwe, Bruce Melodie yamubwiye amajambo akomeye, anamuha akaganuke, Gift, y'imodoka itari mu zigurwa n'uwariwe wese. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Igihe…

yanickby yanick
Feb 6, 8:18 pm
253
# Indundi Sports | Saidi Ntibazonkiza yaraye atowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Kigarama
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Saidi Ntibazonkiza yaraye atowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Kigarama

Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye atowe n’abakunzi b’umurwi Simba Sc nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Nzero 2023. Saidi Ntibazonkiza mu nkino 4 amaze gukinira Simba Sc amaze kuwutsindira ibitsindo 6 atanga…

bosingwaby bosingwa
Feb 6, 5:36 pm
198
# Indundi Sports | Hussein Shabani Tchabalala yaraye akwije igitsindo ciwe ca 12 mu Rwanda
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Hussein Shabani Tchabalala yaraye akwije igitsindo ciwe ca 12 mu Rwanda

Umukinyi w’umurundi Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2023 , umurwi As Kigali wari wakiriwe n’umurwi Police Fc mu rukino rw’indwi igira 18…

bosingwaby bosingwa
Feb 6, 5:27 pm
175
Ico Big Fizzo yipfurije Ctine wamu Queen Video
Burundi

Ico Big Fizzo yipfurije Ctine wamu Queen Video

Igenekerezo rya 4/2 niho umwigeme azwi kuri Instagram nka Ctine yavuka, uno mwaka rero nk'iyindi myaka yose akaba nawe yahimbaje umusi mukuru w'amavuko yiwe. Uwo mufana wa Big Fizzo akaba yahimbarije isabukuru ryiwe…

yanickby yanick
Feb 6, 3:58 pm
210
# Indundi Sports | Nshimirimana David yaraye afashije Sofa Paka gutsinda Wazito Fc
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Nshimirimana David yaraye afashije Sofa Paka gutsinda Wazito Fc

Umukinyi w’inyuma w’umurundi Nshimirimana David yaraye afashije umurwi wiwe gutsinda Wazito Fc Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Sofa Paka wari wakiriwe na Wazito mu rukino rw’indwi…

bosingwaby bosingwa
Feb 6, 3:41 pm
210
Double Jay na Keny sol bagiye guhurira kuri Stage imwe
Entertainment

Double Jay na Keny sol bagiye guhurira kuri Stage imwe

Double Jay na Keny sol vyatanguye tubonye indirimbo bakoranye izwi kw'izina rya "Qualite" indirimbo yakoze amateka, kuko yakunzwe mu Burundi no mu Rwanda. N'abaririmvyi bompi bakomeye narirya…

adijoeby adijoe
Feb 6, 3:36 pm
157
# Indundi Sports | Ama shirahamwe yo kuziganya no kugurana yaterereye ikibuga c’Intwari
football

# Indundi Sports | Ama shirahamwe yo kuziganya no kugurana yaterereye ikibuga c’Intwari

Ikibuga citiriwe Intwara kibandanya gishigikirwa n’amashirahamwe atari make . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2023 isaha zibiri zo mugitondo ( 8h00) niho amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana 31 kuri 45…

bosingwaby bosingwa
Feb 3, 1:41 pm
213
# Indundi Sports | Irakoze Donasiano yaronse umurwi mushasha muri America
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Irakoze Donasiano yaronse umurwi mushasha muri America

Umukinyi w’umurundi aherutse gutumwako mu nkino zibiri za kivandimwe zahuje intamba mu rugamba na Côté d’ivoire hamwe na Guinée Conakry y’abatarenza imyaka 23 yaraye aronse umurwi mushasha . Donasiano akaba agiye…

bosingwaby bosingwa
Feb 3, 12:54 pm
176
# Indundi Sports | Youssuf Ndayishimiye yaraye akinye urukino rwose muri OGC Nice
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Youssuf Ndayishimiye yaraye akinye urukino rwose muri OGC Nice

Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf batazira Nyange yaraye akinye urukino rwose muri OGC Nice yo mu bufaransa yongera aranavyitwaramwo neza kurusha abandi . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 1 Ruhuhuma…

bosingwaby bosingwa
Feb 2, 2:30 pm
253
  • Previous
  • 1
  • …
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In