Masterland, umwanditsi w'indirimbo "Nsomya" n'izindi nyinshi yiyandikira akongera akanazihinyanyurira kuko asanzwe anafise studio izwi kw'izina rya Master music, agiye kuja vuba mu ntara ya Gitega…
Abakobwa ba Esther Nish ngo baramutoranye, ivyo nivyo umuririmvyikazi Nishimwe aheruka kuyagira umwe muri bagenzi bacu. Esther Nish ngo abonye abakobwa biwe aca yibona akiri muto, kuko ngo naho yaba ata majambo afise atonze…
Meili ni umuririmvyikazi atamaze imyaka myinshi mu mwuga wo kuririmba ariko ibikorwa amaze gukora biragaragara ko afise umwete udasanzwe. Tugerageje kuraba umwaka wa 2022 nubwo utararangira aguma aboneka mu biteramo bitegurwa…
Uno musi umuririmvyi agirwa na Hit, ivyo nivyo abatari bake bibaza na cane cane abaririmvyi ubwabo, ariko Esther Nish we siko abibona. Uwo mwanditsi wa Kavorivori avuga ko we atari mu gitigiri c'aba hit maker , ariko ngo…
Isanamu Alvin Smith yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ari kumwe n'umuririmvyi Nel Ngabo wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yateje uruhagarara ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Icateje uruhagarara akaba ari ikibanza…
Ikibuga co kwa Se batutsi kizokwubakwa ikizingwe mu Kanyosha ahitwa kwa Se batutsi , ico kibuga kizotwara imiriyaridi 40 z’amafaranga y’amarundi. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Président d’honneur wa FFB Honorable…
Indirimbo nshasha B Face agiye gusohora n'ubwo ataravuga izosoka ryari ariko amajambo azoba ari muri iyo ndirimbo abandanya kuyandika ku mbuga ngurukanabumenyi. Iyo ndirimbo izoba izwi kw'izina rya "Ntandero…
Alvin Smith ngo akazi kamaze gutangura i Kigali. Ivyo nivyo uwo muririmvyi aheruka gushikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi abarizwa muri kino gihe mu gihugu kibanyi c'Urwanda kuva mu mpera z'indwi…
Abariko barakoresha imbuga za Monia Fleur ngo ni babihagarike, ico nico ciyumviro ca Ncuti ya bose, umwe mu basanzwe bakurikiranira hafi ivy'umuziki wa hano iwacu. Ncuti akaba ashikirije ivyo inyuma yaho amenyeshereje ko…
Amazina y’abantu bose bazoterera kugira ikibuga c’umupira w’amaguru c’intwari cubakwe gushasha azomanikwa ku ruhome. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Honorable Réverien Ndikuriyo Président d’honneur wa FFB , ku musi wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.