Uravye imbuga ngurukanabumenyi za Mkombozi womengo kuririmba yarabihevye yibereye mu rukundo. N'ubwo biri uko ngo isango yatanze ni ntabanduka , agiye kuzana ibitamumenyereweko mu muziki wiwe. Iryo sango yaduhaye…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic atanguye neza mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Sweden. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Gitugutu 2022 , aho umugwi VSK football usanzwe ukina mu…
Izina rya Bimenyimana Bon Fils Caleb , umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba ribandanya ryamamara mu gihigu ca Africa y’epfo. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 09 Gitugutu 2022 muri Africa y’epfo aho ihiganwa ryo mu…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi General Major Evariste Ndayishimiye yaterereye umuriyaridi w’amafaranga y'amarundi mu ntumbero yo kwubaka ikibuga c’intwari. Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 08 Gitugutu 2022 ,…
Kubana n'umukuru w'igihugu ngo biraryoshe, ariko ntivyoroshe. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dogo A ubwiwe. Uwo muririmvyi w'indirimbo nka "Manjonjo", avuga ko naho kubana n'umukuru w'igihugu…
D-one ngo naho Santa yamwimye urukundo, uno musi umubano wabo ngo ni mwiza. Uwo muririmvyi w'indirimbo zakunzwe cane nka Morning love n'izindi, avuga ko urukundo yasabiye umumenyeshakuru kuri Camera ariko…
Kigingi inyuma y'ibiteramo yakoreye ku mugabane w'Uburayi, ngo agiye gushika no ku mugabane wa Amerika ya ruguru neza neza muri Canada. Amakuru dukesha urubuga rwa Instagram rwa Boris Evrard asanzwe ari umwe mu…
Umuririmvyi Ado Josan abarizwa ku mugabane w'Uburayi mu gihugu ca Finland, ngo ariko arategura gushira ahabona ibikorwa bitandukanye vy'umuziki mu misi iza. Ivyo uwo muririmvyi akaba abishikirije mu gihe yaheruka…
Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo hagati mu gihugu . kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball Général de Brigade de Police Serges…
Sat-B ngo ntasubire gusaba igihugu ngo kimufashe kuronka itike, ahubwo n'ahindukirire abafana biwe bamushigikire, uko niko Nelly abona ko ikibazo c'itike y'indege ya Sat-B yo kuja muri Afrima Awards yoboneka.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.