Umukinyi wo hagati w’umurundi asanzwe akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi KMC Mvuyekure Emmanuel yaraye afashije umugwi wiwe gutsinda Mtibwa sugar. Hari kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022,…
Umugwi w'abaririmvyi baririmba muri Ekereziya Gatorika i Kigali mu Rwanda, IL Vino di dio, utwarwa n'umwe mu batahukanye ikibanza ca 1 mw'ihiganwa Primusic, Ninteretse Christian, bashize hanze akaririmbo…
Umukinyi w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Istanbul Basaksehir Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya yigenza neza mu gihugu ca Turquie. Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 16 Gituguru 2022 , niho umugwi Instabul…
Endo mike ngo inkumbu afitiwe n'abafana agiye kuzibamara vuba. Akoresheje urubuga rwa Instagram, uwo muhinyanyuzi yigeze gukorana igihe kitari gito na Bantu Bwoy, yavuze ko naho yaragize igihe ari mu gacerere, ngo vuba…
Inyuma yo kurangiza amasezerano yiwe mu mugwi Costal Union wo mu gihigu ca Tanzania umukinyi w’intamba mu rugamba Mustapha Francis Njali yerekeza muri Zanaco yo muri Zambia . Njali akaba yashize umukono ku masezerano…
Umugwi imboneza wa New Génération w'abana bahoze mw’ibaraba usanzwe umenyerezwa na Coach Gakinja Simon , uriko userukira Uburundi mu gikombe c’isi kiriko kibera muri Qatar uriko uvyitwaramwo neza . Ico gikombe c’isi…
Ikomine yose yo mu gihugu c’Uburundi ikwiye guterera kugira ikibuga c’intwari cubakwe. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Honorable Réverien Ndikuriyo asanzwe ari Président d’honneur wa FFB , mugihe yari aramutse akora ibikorwa…
Mu gihe abakinyi b’abarundi bari bamenyereye kuza barakinira ku kibuga c’umusezero wa kijambere bita ( Synthetic) , ku kibuga gishasha c’intwari si uko bizoba biri. Ico kibuga kizoshirwako umusezero mushasha utari umenyerewe…
Iyo Uburundi bwakiriye inkino mpuzamakungu hanze y’igihugu bituma butakaza ukwikukira. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Honorable Réverien Prezida d’honneur wa FFB mugihe yari ariko akorera ibikorwa rusangi ku kibuga intwari aho…
Mu gihe hibonekeza ibomborabombora hagati ya Natacha na Sat B, umuhuza asa n'uwabonetse. Natacha yarahiye ararengwa ko Sat-B atari mw'ihiganwa rya Afrima, ivyo bikaba vyarababaje cane Sat-B kubona umurundi mugenzi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.