Mugihe yari ahejeje gutanga ibikoresho vyo gukina ku migwi yo mu vyicaro vya hano iwacu Nyakubahwa Reveriyano Ndikuriyo asanzwe arongoye inama Nkenguzamateka akongera agatwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Mu gihe havugwa ko ihiganwa rya basket i Bujumbura rigiye gutangura mu misi iza , umukinyi yaramuwe na Mutanga united ubu akaba yakinira Dynamo n'umurwi nserukiragihugu wa basketball Richard Bienvenue Ndikuriyo…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryaraye ribandanije ku musi ugira indwi. Uku niko imigwi yaraye itsindanye : -Flambeau de l'est yanganije na Garage Fc igitsindo 1 kuri 1 - Telaviv itsindwa na Les Elephant ibitsindo 2…
Mugihe umugwi wa Musongati wari wanganirije i Bujumbura 0-0 n’umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rw'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu umumenyereza wa Musongati Fc Niyonkuru…
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, niho nyakubahwa Reveriano Ndikuriyo atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB akongera agatwara n'inama Nkenguzamateka yatanga ibikoresho…
Hari kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha zitanu 11h00 zo mu gitondo kuri ( CTN) Centre Téchnique National aho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi…
Kuri uyu w'imana kw'igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, haratunganijwe inama zibiri mw'ishirahamwe rya Judo mu Burundi mu nyubakwa za dojo national iri iruhande y'ikibuga citiriwe Intwari. Imirwi 47 ivuye…
Mu kurindira ko ihiganwa rya basketball ritangura mu gisagara ca Bujumbura , imirwi ibandanya yitegura bakaba bariko barakina inkino za kivandimwe. Kuri uyu w'Imana ,igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020 ku kibuga ca…
Mu gihe kuno kwezi kwahariwe agateka k'umukenyezi kw'isi , ikinyamakuru Indundi.com cabazaniye inkuru idasanzwe y'umwigeme yamuka hano iwacu Kaze Jinnah Pérec wo muri Zanshin karaté-do irongowe na sensei…
Hari kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, neza na neza isaha zitanu zo kumurango 11h00 ku kibuga c'ubuhinga kiri mu Ngagara beshi bita kuri (CTN) Centre Technique National aho uwusanzwe atwara…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.