Imirwi cumi niyo yitavye ihiganwa ry'umupira wo ku musenyi ku kibuga co ku musenyi wa Safi beach rikaba ryamaze amezi arenga ane. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020 niho haba urukino rwa nyuma rwo…
Umukinyi w'inyuma wa Real Madrid umunya Brezile w'imyaka 31 Marcelo ariko aronderwa n’umugwi wa Juventus ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubutariyano. Kuva mu ntango z'uno mwaka Umukinyi Cristiano…
Umugwi wa Shanghai Shenhua inyuma yogutiza Umusatirizi wabo w'umunya Nigeria w'imyaka 30 Odion Ighalo mu mugwi wa Manchester United wo mu gihugu c'ubwongereza wipfuza kumwongera ayandi masezerano, bakaba…
Ugutahukana umudari w'inzahabu mu nkino za jeux Olympiques 2021 niyo ndoto Francine Niyonsaba afise Kubw'uwo murundikazi asanzwe ahiganwa ku metero 800 akanatahukana umudari w'ifezo kuri izo metero mu nkino za…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw'ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1) Iddy Muserem akinira umugwi…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari niho umugwi wa Vital'o Fc uzokwakira umigwi wa Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega mu rukino rwo gutangura…
Ntibikiri urukurukuru, uwahoze ari umumenyereza wa New stars Aimé Bitagoye yahawe amabanga mashasha muri Gymkhana. Aimé Bitagoye ni nde? Aimé Didier Bitagoye n'izina rizwi cane mu rukino rwa basket-ball na cane cane…
Mugihe umugwi wiwe wa Musongati wari uhejeje kunganiriza i Gitega n'umugwi wa Messager Ngozi igitsindo 1-1, umumenyereza w'umugwi wa Musongati Niyonkuru Jumaine yagize ico ashikiriza Indundi TV. Akaba yarabwiye…
Mugihe amaze indwi zirenga zibiri ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yamaze gutangura imyimenyerezo n'abandi. Ku makuru yo kwizera Indundi Sports yaronse ni uko uyo kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc…
Mugihe umugwi wa Messager Ngozi wari wakiriwe i Gitega n'umugwi wa Musongati Fc mu rukino rw'indwi ya 26 y'ihiganwa rya Primus league aho iyo migwi yanganije igitsindo 1-1 , umumenyereza wa Messager Ngozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.