Inkino zisanzwe zihuza abanonotsi batandukanye bavuye kw’isi hose, Jeux Olympiques, zamaze kwegezwa inyuma, bivuye ku kiza ca Covid-19 giterwa n’umugera wa Corona virus. Izo zikaba zibereye I Tokyo muri uno mwaka nyene…
Cristiano Ronaldo hamwe n’abandi bakinyi batandukanye batanguye gushira amafaranga yabo mu kugwanya ikiza ca Covid-19 cateye isi. Amakuru dukesha ikinyamakuru Fox Sports avuga ko uwo mukinyi afatanije n’umwe muba Agent…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi Sports Umukinyi w'intamba mu rugamba akina mu gihugu ca Holland mu mugwi Heracles Almelo Mohammed Amissi yarashoboye kuvuga izina ry'umukinyi akunda cane kw'isi gusumba abandi…
Igihe umugwi wa Les liérres wariko uratana mu mitwe n’umugwi wa Rukinzo Fc umumenyereza wa Les liérres Bimenyimana Robert ntiyagaragaye ku ntebe y'ubumenyereza . Aganiriye na Indundi Sports , Bimenyimana Robert yavuze…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 24 Ntwarante 2020, umuyobozi mu bijanye n'Ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yari yatumiwe mu kiganiro B sports gica kuri Buja FM isaha 10h00 zo mu…
Ku kibuga Toyota Gikungu, Urunani basketball club kuri uyu w’Imana yirahiye les hippos mu rukino rwa kivandimwe ku manota 72 kuri 44. 1. Birakomeye hagati y'ubushikiranganji bw'inkino na FIBA Afrique iraba urukino…
Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league Burundi ryarabandanije kundwi yaryo ya 26. Uku niko imugwi yaraye itsindanye : - Buja city yatsinzs Kayanz United ibitsindo 2 kuri 1 - Rukinzo Fc yatsinze Les…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV umuyobozi mu binjanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean-Gilbert Yaoundé yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ariwo ukomeye gusumba…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'Ubufaransa hamwe n'umugwi wa Juventus wo mu butariano Blaise Matuidi yaraye agiriwe imipimo vy'amagara yiwe basanga arwaye ikiza ca Coronavirus. Umugwi wa…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV Umuyobozi mu bijanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yasiguye itandukaniro riri hagati y‘abakinyi b'ubu n’aba bakera . Akaba yagize ati…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.