Igihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje kunganya na Messager Ngozi 0-0 i Bujumbura ku kibuga c'intwari , umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yishuye ibibazo bitandukanye vy'abanditsi…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ndamukiza 2020 niho umugwi wa Vital'o Fc wari wakiriye umugwi wa Messager Ngozi mu rukino rw'indwi ya 27 ya Primus league urwo rukino rukaba rwarangiye iyo migwi inganije…
Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Ntibazonkiza Saidi agiye kutaboneka mu rukino rw'igice ca 4 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu c'urukino rwo gusubiriza ruzohuza Umugwi wa…
Umukinyi w'igihangange Trésor Ntwari akinira Rukinzo volley ball club , niwe mukinyi wa mbere afise ibikombe vyinshi cane muri volley ball na volley beach kukaba nkako niwe wenyene ashikanye isizene 15 akina hano iwacu…
Mugihe yari ahejeje kunganya na Musongati Fc ibitsindo 2-2 , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yavuze y'uko yabuze amahirwe niyo mpamvu yanganije na Musongati Fc , ariko akaba yaridogeye abahagarikizi mu kuvuga…
Mugihe umugwi wa Aigle Noir wari uhejeje kunyagirwa ibitsindo 4-1 n'Umugwi wa Burundi Sport Dynamic mu rukino rw'indwi ya 27 y'ihiganwa rya Primus league Burundi , uburongozi bw'uyo mugwi bwaciye bufata…
Hari kuri uyu wa w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 05 Ndamukiza 2020, isaha zitanu 11h ahitwa kuri Nonara Beach aho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rirongowe n'Umukuru w'inama…
https://www.youtube.com/watch?v=rXP5IdjYBJk
Hari ku musi wa kabiri igenekerezo rya 31 Ndamukiza 2020, aho ku rubuga rwiwe rwa Facebook uwitwa Foot +257 yandika inkuru ngo akuye ku kinyamakuru ESPN aho iyo nkuru yanditswe ku musi wa kabiri igenekerezo rya…
Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 27 Uku niko imigwi igiye guhura : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 03/04/2020: - Isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga c'intwari, umugwi wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.