Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero 2020 niho inkino zugurura igihanwa ryitiriwe umukuru w'igihugu "coupe du Président" zatangura icese. Umugwi Haleluya Fc ukinamwo umukuru w'igihugu…
Umugwi wo mu cicaro ca gatatu witwa 6th October Fc waguze umutama w'imyaka 74 azwi ku mazina ya Eez Eldin Bahder. Nk'uko vyaraye bitangajwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amuguru muri Misiri kuri uyu wa…
Kuri uyu wa gatandtu ihenekerezo rya 18 Nzero 2020 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir wakina urukino rwayo rwa kabiri n’umugwi nserukira gihugu wa Seychelles mu nkino…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba userukiwe n'umugwi Aigle Noir hama zikitwara neza mu kunyagira Moritius ibitsindo 4-1, umukinyi Nahimana Jospin yashoboye gutsinda ibitsindo 3 wenyene…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Nzero 2020 isaha zitandanu z'umurango 12h00 niho umugwi w'Intamba mu rugamba waserukiwe n'umugwi Aigle Noire wari ufise urukino rwa mbere n'umugwi nserukira gihugu wa…
Hamaze imisi haguma hakwiragizwa amakuru avuga y'uko umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yoba agomba kwerekeza gukina mu gihugu ca Chine. Indundi Sports imaze kwumva ayo…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 Nzero 2020 niho umukinyi Ally Niyonzima asanzwe ari mukuru wa Ngando Omar akina mu ntamba mu rugamba yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Rayon Sports wo mu gihugu…
Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 14 Nzero 2020 niho umugwi Asante Kotoko Sc wo mu cicaro cambere mu gihugu ca Ghana wabwira umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Kwizera Pierrot y'uko utashimishijwe…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Nzero 2020 niho haba inama ya mbere yo gutegura ihiganwa rya Golden Cup buca ritangura mu gihugu ca Bangladesh. Iyo nama ikaba yari iyo kwiheza aho abakinyi bazoshikira n'ukwihweza…
Biravugwa y'uko umwanya n'umwanya umukinyi wo hagati w'umugwi Aigle Noire The Fighters Ndayishimiye Yussuf Nyange ashobora kwerekeza ku mugabane wa Buraya mu mugwi utaramenyakana. Ukutajana n'abandi muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.