Ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI, ribicishije ku kinyobwa Primus, ryaratanguje kuri uyu w’Imana uheze igenekerezo rya 03 munyonyo 2019, ihiganwa ry’abakunzi b’imirwi (FANS) yose iri mucicaro c’ambere « Primus Ligue »…
Inyuma y'aho umugwi Kayanza United asanzwe akinamwo utsindiye umugwi Aigle Noir ibitsindo 2-1, umukinyi w'umusatirizi wa Kayanza United Landry Ndikumana benshi bazi kw'izina rya Dro yaciye afata indege…
https://www.youtube.com/watch?v=2u2zJiQVfRo&feature=youtu.be
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahanona urutonde rw'abakinyi 19 b'intamba mu rugamba bagiye gutana mu mitwe mu rukino rwo gutangura n'umugwi wa République…
Ku musi wa gatatu uheze igenekerezo rya 30 Gitugutu 2019, umugwi Willem wo mu cicaro ca mbere muri Hollande ukinamwo umukinyi w'umurundi Ndayishimiye Mike Trésor wari wakiriwe n'umugwi Quick mu rukino rw'indwi…
Kuva kuri uyu wa gatandatu no ku w'Imana igenekerezo rya 02 nirya 03 Munyonyo 2019 ihiganwa rya Primus ligue rigiye kubandanya ku ndwi yaryo igira 12. Uku niko imugwi izohura ku musi wa gatandatu 02/11/2019 -Ku kibuga…
Kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 30 Gitugutu 2019, harakomeretse abakinyi babiri bakomakomeye mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba mu gihe bariko bakinira imigwi yabo. Umukinyi wa mbere yaraye…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 29 Gitugutu umwaka wa 2019 mu bwongereza niho icegera ca kizigenza w'intamba mu rugamba Gael Bigirimana yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wo mu cicaro ca…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 28 Gitugutu umwaka wa 2019, niho umugwi Gicumbi Fc uri mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda wafata ingingo yo kwirukana umumenyereza wayo w'umurundi Ismail…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 27 Gitugutu 2019, niho umugwi Lusaka Dinamos ukinamwo umunyegori w'intamba mu rugamba Arakaza Mac Arthur wari wahuye n'umugwi wa Red Arrows mu rukino rw'umusi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.