Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Munyonyo isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uzoba uriko urakira umugwi nserukira gihugu wa Maroc mu rukino rwo gukurakuranamwo…
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Munyonyo 2019 isaha imwe z'ijoro 19h00 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba washika ku kibuga citiriwe Perezida Melchior Ndadaye kiri i Bujumbura uvuye mu gisagara…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ujaniye abakinyi 17 gusa i Bangui kumvo z'uko umukinyi Nsabiyumva Fréderic yagize imvune ku munota wanyuma nayo Nduwarugira Christophe agira ikibazo…
https://www.youtube.com/watch?v=iSO1lWaht9s&feature=youtu.be
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2019 isaha icenda 15h00 mu masaha ya hano iwacu niho umugwi nserukiragihugu w'abigeme watana mu mitwe n'umugwi nserukiragihugu wa Zanzibar mu rukino rwa mbere rwa…
https://www.youtube.com/watch?v=jrVJl8R0o50&feature=youtu.be
Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-0 n'umugwi wa République Centre Africaine mu rukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca CAN2021 kizobera muri Cameroon, Intamba mu rugamba zitezwe gushika ku kibuga c'indege…
Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 13 Munyonyo 2019, niho hamenyekana umukinyi yatsindiye agashimwe k’ukwezi kwa Gitugutu 2019, uwagatsindiye akaba ari Iddy Muserem asanzwe akina mu mugwi wa Messager Ngozi akaba yariko…
https://www.youtube.com/watch?v=Pu-s-rRkUwA
Mu gihe hasigaye amasaha abiri gusa kugira intamba mu rugamba zitane mu mitwe na RCA mu rukino rwo kurondera itike yo gukina inkino za CAN 2021, umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.