https://www.youtube.com/watch?v=g2k2ypFQDKk
https://www.youtube.com/watch?v=g2sb7hIIC_4
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 21 Gitugutu umwaka wa 2019 mu nyubakwa za Kaminuza yitiriwe amahoro no gusubiza hamwe iri hepfo y'ibitaro Prince Regent Charles ahitwa kwa Rukara , niho Déo Ngendahayo…
Mu mpera z'indwi iheze amahiganwa yo mu bindi bihugu yarabandanije, tukaba tugiye kuza turabashikiriza ukungene abakinyi b'abarundi bakina hanze y'igihugu bazoba bitwara mu migwi yabo . Dutanguriye…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu wa Tanzania w'abakinyi bakina iwabo utsindiye umugwi nserukira gihu wa Sudan mu rukino rwo gusubiriza rwa CHAN rwabaye mu mpera z'indwi iheze ubifashijwe n'umenyereza…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 20 Gitugutu umwaka wa 2019, umugwi w'abigeme bakina umupira w'abakobo Basketball witwa Les Gazelles waraye ufashe urugendo werekeza mu gihugu ca Tanzania kwitabira…
Igenekerezo rya 04 Gitugutu umwaka wa 2019 isaha zitandatu z'umurango (12h00) ku Kanyari ago Uburundi buhanira urubibe n'Urwanda niho umukinyi w'Umurundi Nduwimana André yafatwa n'igiporisi…
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba y'abakinyi bakina hano iwacu Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 18 b'intamba mu rugamba z'abakinyi bakina hano iwacu ruza kwerekereza mu…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka wa 2019, ishirahamwe rya Rugby ryarashize ahabona abakinyi 12 b'abarundi bazoserukira Uburundi mw'ihiganwa rya Kenya Safari Sevens. Aba nibo…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka wa 2019 abamenyeshamakuru b'insamirizi City Radio yo mu gihugu c'Urwanda aribo Taifa , Kanyizo hamwe na Regis bashize ahabon urutonde rw'abakinyi 11…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.