Umumenyereza w'Umugwi Fofila Pf w'abigeme ashobora gutwara igikombe kigira kabiri yikurikiranije. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 10 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha zine zo mugatondo 10h ku kibuga…
Rukinzo Fc yamaze guhaguruka ifata urugendo ruzoyishikana muri Zimbabwe Kuri uyu wa kane Igenekerezo rya 08 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha cumi na zibiri 18h00 zo kumugoroba niho abakinyi b'umugwi Rukinzo Fc bafashe…
https://www.youtube.com/watch?v=yPfJyMjOehM
https://www.youtube.com/watch?v=XEbMC51Fe4U
Ugutanga imihoho kwa Florent Ibenge kwoba kwatumwe n'uko atitwaye neza mu nkino za AFCON2019 . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umumenyereza w'umugwi nserukira wa Congo Leopard…
Urukino rwa Champions league ruzohuza umugwi wa Aigle Noir hamwe na Gormahia rwitezwe gushigikirwa n'abanyeshure b'i Makamba . Mu gihe hasigaye imisi itatu gusa kugira urukino rwa Champions league ruzohuza umugwi…
Bugesera Fc mukwiyubaka gushasha yahisemwo gusumira mu Burundi. Mu gihe imigwi itandukanye yo mu gihugu c'Urwanda iriko iriyubaka gushasha kugira yitegurire neza ihiganwa ry'umwaka wa 2019-2020 uyo mugwi wamaze…
Umugwi Aigle Noir The Fighters ugiye kwerekana ubukomezi bwayo muri CAF Champions league. Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 11 Myandagaro isaha icenda 15h00 ku kibiga c'intwari umugwi Aigle Noir The Fighters watwaye…
Inyuma yo kurangiza amasezerano n'umugwi As Kigali wo mu gihugu c'Urwanda yahavuye agiranira amasezerano n'umugwi wa Kayanza United . Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi yahora akinira umugwi As Kigali…
Ubwitonzi bwiwe n'ukwubaha abantu bose nivyo vyatumye umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic agirwa kizigenza wa Chippa united. Kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 04…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.