kumugoroba wo kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro mu mwaka wa 2019 , niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba w'imyaka 19 Muhammed Amissi yahabwa amasezerano yo gukinira umugwi…
https://youtu.be/SbzEw8COnU4
https://youtu.be/wPxTvp-nWgo
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze amenyesha ko yahagaritse gukinira intamba mu rugamba. Karim Nizigiyimana aganira na Indundi Sports yabanje gushimira abarundi bose kuko ataco batakoze mu kumuba…
Umugwi Aigle Noir The Fighter vyawunaniye gutsindira i Bujumbura Gor Mahia . Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 11 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Intwari niho umugwi Aigle Noir the…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana ntakibarizwa mu mugwi wa Sofapaka muri kino gihe. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 10 Myandagaro 2019 niho umunyegori w'intamba mu…
Iryavuzwe riratashe Saido Berahino agiye gukunira umugwi Zulte Waregem wo mu bubirigi. Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yashize umukono Ku masezerano y'imyaka ibiri yo gukinira Zulte…
Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 10 Myandagaro umwaka wa 2019, ihiganwa rya Primus league ry'uyu mwaka wa 2019-2020 rizoba ritanguye kundwi yaryo yambere . Uku niko imigwi izohura : Ku musi wa gatandatu…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaraye atahukanye ubushimwe bubiri. Hari kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 08 Myandagaro umwaka wa 2019, aho mu…
Inyuma yo kunaniranwa n'umugwi Nimes wo mu gihugu c'Ubufaransa Saido Berahino araza guhabwa amasezerano mu mugwi Zulte Waregem ukina mu cicaro cambere mu Bubirigi. Saido Berahino akaba yaraye arekuwe icese…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.