Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019 , abatwara imboneshakure rya Canal+ ya hano iwacu baratunganije inama yo gusigurira abanditsi n'abamenyeshamakuru y'uko bagiye kuza…
Ku musi wa Mungu igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2019 niho mu gihugu ca Kenya hatorwa abakinyi bavyifashemwo neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya KPL ry'umwaka wa 2018-2019. Umunyegori w'intamba mu rugamba…
Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umugwi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 zatana mu mitwe na Ghana mu rukino rwa mbere rw'ihiganwa rya Jeux Africains…
Ihiganwa rya Primus league Burundi kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 ryarabandanije kundwi yaryo igira kabiri. Uko niko batsindanye : - Bumamuru yatsinze Flambeau du centre ibitsindo 2…
Mw'ijoro ryo kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2019 niho umugwi w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 15 watana mu mitwe n'umugwi wa Somalia mu rukino rwa kabiri…
Kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 19 Myangadaro umwaka wa 2019 ku kibuga ca CTN ( Centre Technique National ) kiri mu Ngagara, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yatanguye gukoresha…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha 20h z'ijoro mw'ihoteri yitwa Radisson blue iri i Lusaka muri Zambia niho hari haramutse haba ibirori vyo gutanga ubushimwe ku bakinyi bitwaye…
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Myandagaro umwaka w'2019 uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Ndikumana Seleman abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi Facebook yahaye…
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Myandagaro umwaka wa 2019, niho umugwi wa mbere w'abakinyi b'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 bafata urugendo berekeza mu gihugu ca Maroc mu…
Inyuma y'igihe kitari gito unugwi w'intamba wa batarenza imyaka 15 uriko urakora imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Cecafa U 15 zizobera muri Erythrée kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro (08)…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.