Ishirahamwe ryo kwinonora imitsi mu Burundi FAB ryavuye mu gacerere ku kibazo c’abanonotsi mu Burundi . Mugihe mu misi iheze ishirahamwe CNO rirongowe na Lydia Nsegereka ryaramenyesheje urutonde rw’abakinyi bazoserukira…
Umumenyereza wa Simba Sc yavuze impamvu ituma adakunda gusubiriza umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza naho biba biboneka ko yarushe . Ari kuri micro y’ikimenyeshamakuru ca Mwanaspoti co muri Tanzania , yavuze ko…
Ikibuga citiriwe Intwari kibandanya gishigikirwa ku buryo bushimishijwe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 rusama 2023, aho abarongoye Ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi ( Medias en…
Umunyegori w’Intamba mu rugamba abandanya akora vyiza mu murwi Costal Union . Inyuma yo kugurwa mu gihugu ca Tanzania mu muri Costal Union ikina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania umunyegori w’intamba mu rugamba Justin…
Imigenderaniye hagati y’Uburundi hamwe n’ubumwe bwa buraya ibandanya inaguka. Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Rusama 2023 , Isaha zine zo mugitondo (10h00) ku kibuga Entente Sportif Ubuserukizi bw’ubumwe bwa buraya…
Rurandagaye Gédeon Se wa Nestory Irankunda yipfuza ko umwana wiwe akinira Intamba mu rugamba. Ivyo akaba yabivugiye mu kiganiro yaraye akoranye na Indundi Tv aho yashoboye kuvuga ubuzima bwiwe bw’umupira w’amaguru…
Umunyegori w’Umurundi Arakaza Mac Arthur ariko abikora neza mu gihugu ca Tanzania . Uwo munyegori w’Umurundi mw’ihiganwa ry’uno mwaka muri Tanzania amaze gukina inkino 14 hamwe na 2 za Caf Confédération Cup zose hamwe zikaba…
Urugendo rw’umurwi Volleyball Rukinzo rwagenze neza bakaba baraye bashitse neza mu gihugu ca Tunisie. Uwo murwi ukaba werekeje muri ico gihugu mu ntumbero ko kwitabira ihiganwa ry’imirwi yabaye iya mbere mu bihugu…
Umukinyi w’umurundi Mustapha Francis batazira Njali yaraye afashije Zanaco Fc gutsinda Bulildcon Fc Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 07 Rusama 2023 aho umurwi Zanaco Fc wari wakiriye umurwi Buildcon Fc mu rukino rw’indwi…
Abanya Bujumbura baraye banditse amateka mu gutwara igikombe c’amahiganwa yo kwinonora imitsi . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 07 Rusama 2023 mu ntara ya Ngozi , aho hasozerwa amahiganwa yo kwinonora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.