Lionel Messi umukinyi w'umunya Argentine akaba anakinira umugwi Paris Saint Germain w'Ubufaransa, ngo ntagisubira gukinira uwo mugwi, kuko yamaze kwemera amasezerano yo gukinira umugwi wo mu barabu. Amakuru…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Nshimirimana Ismail batazira Pitchou yaraye akuye umurwi wa Kiyovu Sports kure . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07 Rusama 2023 , aho umurwi wa Musanze wari wakiriye umurwi Kiyovu…
Umusore w’imyaka 17 Irankunda Nestory yavukiye mu nkambi y’induta mu gihugu ca Tanzania ariko muri kino gihe aba mu gihugu ca Australia agiye gukinira umurwi ukomeye kw’isi wo mu budagi witwa Bayern Munich. Hari ku…
Umukinyi wa kera w’ubufaransa hamwe na Lyon Sydney Govou ari mu rugendo mu gihugu c’Uburundi . Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 05 Rusama 2023 , Sydney Govou n’abasanzwe bamuherekeje barashoboye kugendera ibiro…
Umurwi Telaviv wo mu gisagara ca Bujumbura waraye uronse uburenganzira bwo gukina mu cicaro ca mbere . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 06 Rusama 2023 Isaha icenda ku kibuga ca ( CTN) kuri muri Quartier Ngagaa ya 9…
Ikibuga citiriwe Intwari kibandanya gishigikirwa bimwe bikomeye n’aba nya Bujumbura . Kuri uwu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 04 Rusama 2023 , abanya Bujumbura baba muri Karitiye Winterekwa iri muri Commune Ntahangwa…
Umunonotsi w’Umurundi Francine Niyonsaba ishavu riraniga . Mw’ikete uwurongoye CNO Lydia Nsekera yandikiye amashirahamwe y’inkino mu Burundi , amenyesha ko ishirahamwe arongoye ryarungikiye umurwi uriko urategura inkino…
Umukuru w’igihigu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ntasiba gushigikira inkino mu kuzitera iteka . Hari ku musi wa mbere igenekerezo rya 01 Rusama 2023 mu ntara zitandukanye niho hahimbazwa umusi mukuru w’abakozi n’akazi.…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue abandanya yigenza neza mu gihugu ca Tchèque. Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2023 niho umurwi wa Varnsdorlf wari wakiriye umurwi wa Vyskov,…
Myugariro w’Intamba mu rugamba Marco Weymans yongereje amasezerano mu murwi wa Beerchoot wo mu cicaro ca kabiri mu Bubirigi. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 03 Rusama 2023 , niho umukinyi w’inyuma w’Intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.