Asman yasubiye iKigali mu Rwanda mu kazi ka misi yose ashimira abarorerezi n'abakunzi b'umugwi w'intamba mu rugamba ku kuntu bavyifashemwo neza. Asman benshi bazi kw'izina rya Makalisteur canke Ambassadeur!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Mohammed Amissi ntiyifadikanije na bagenzi we muri Congo Brazzaville . Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 , Umugwi Congo Brazzaville uzoba!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze ari umukinyi wa kera w'umugwi Vital'o Fc Girukwishaka Michel agiye gusubira mu kibuga inyuma y'imvune yari amaranye umwaka urenga. Michel akaba yagize imvune ikomeye kw'ivi ryiwe agikina mu mugwi wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ushobora kuja kwimenyereza muri kimwe mu bihugu vy'i Buraya. Inyuma y'ugutsinda Gabon mu rukino rwo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN 2019 zigiye kubera muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uteye iteka igihugu c'Uburundi mu kuronka itike yo kwitabira inkino za CAN kuva bubayeho. Kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019 isaha icenda!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko afise icizere co gutsinda Gabon ariko akoresheje inguvu nyinshi. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka wa 2019 , ku kigo c'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Abariko bakurikirana imyimenyerezo y'intamba mu rugamba bamaze muri iyi misi ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore bamaze kuba bashira ahabona abakinyi 11 babona ko umumenyereza w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ubandanya witegurira neza urukino rugiye kubahuza na Gabon kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019. Kuri uyu wa kane mu masaha yo kumugoroba uyo mugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuzo wa Djuma Mossi ushobora kwongereza izindi nguvu umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba . Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ntwatante umwaka wa 2019 , niho uwahoze ari kizigenza w'intamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba wananiwe kuronkera intsinzi mu gisagaca ca Bujumbura. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwatante umwaka wa 2019 aho umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.