Umumenyereza w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Omar Ntakagero yavuze y'uko Imana ibishatse mu rukino rwo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwatante ruza kubahuza na Congo Brazzavile bashobora kurutsinda. !-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi akina ku ruhande mu mugwi wa Messager Ngozi Iddy Museremu niwe yatwaye agashimwe k'umukinyi yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma umwaka wa 2019 gahora gatangwa n'ikinyamakuru Burundisports cifandikanije!-->!-->!-->…
Mu gihe hasigaye imisi itarenga itatu gusa kugira urukino rwo kurondera itike yo gukina inkino za nyuma za Afcon 2019 rw'intamba mu rugamba hamwe na Gabon kugira rube, Nyakwubahwa Revariyano Ndikuriyo asanzwe atwara!-->!-->!-->…
Qatar ntiyerekwa icipfuzo ca Real Madrid co kugura Neymar, Naho Real yemereye uwo mukinyi umushahara usumba uwo bamuha. Mu gihe bivurwa ko Real Madrid iriko iragerageza uko bishoboka kwose ngo umukinyi w’umunya Bresil!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho bikigoye kwemera kubera amajambo aheruka kuvurwa na PDG wa PSG, hamwe na Mbappe ubwiwe, umurwi Real Madrid wo ngo woba witeguye kugwiza hafi kabiri ayo waguzwe na PSG. Ikinyamakuru AS co muri Espagne kivuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir w'i Makamba umwanya n'umwanya ushobora kubura bamwe mu bakinyi bawo bakomeye. Mu gihe umugwi Aigle noir umaze kuba utwara ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2018/2019 uburongozi bw'uyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunya Misiri Gehad Grisha niwe yatowe kuzohagarikira urukino ruzohuza Uburundi hamwe na Gabon . Ishirahamwe ritwara abahagarikizi b' umupira w'amaguru muri Africa CAF ryamaze gushira umuhagarikizi azohagarira!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva u musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante umwaka wa 2019 ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona ukungene imigwi izohura mu nkino z'igice 1 /4 gishira icanyuma!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze y'uko urukino ruzobahuza na Gabon kuwa 23 Ntwarante ari urukino rusanzwe nk'izindi nkino . Mu gihe harindiranywe igishika urukino rw'intamba mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hasigaye imisi indwi kugira intamba mu rugamba zakire umugwi wa Les Panthères wo muri Gabon hamaze kumenyekanya abakinyi bamaze gushika i Bujumbura n'imisi n'igihe abandi bazoshikira 1) Umugwi wa mbere!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.